Uncle Crazzy : Destinations Kinshassa et Sud-Soudan

Uncle Crazzy : Destinations Kinshassa et Sud-Soudan

Lors de son premier passage à Kin, Uncle Crazzy aurait fait sensation. Les organisateurs de la soirée lui avaient promis de le rappeler bientôt. Aujourd’hui, c’est chose faite.

Uncle Crazzy a pris l’avion pour kinshassa en fin d’après-midi. Le chanteur passera la nuit à Addis-Abeba et prendra un vol direct sur Kinshassa demain dans la

Uncle Crazzy (www.akeza.net)

Uncle Crazzy (www.akeza.net)

 matinée. Cette nouvelle nous a été annoncée par un coup de fil du chanteur lui-même. Avant de monter dans l’avion, Uncle Crazzy nous a promis de nous appeler à l’arrivée pour nous donner de plus amples informations.

La possibilité du départ du chanteur était dans l’air depuis quelques jours mais attendait d’être confirmé par son billet d’avion. Après Kinshassa, le chanteur poursuivra son chemin pour jouer dans une ville du Sud-Soudan. Il ne sera de retour à Bujumbura que dans deux semaines.

Les fans d’Uncle Crazzy devraient se réjouir car celle-ci semble être l’année d’or de leur star. Ce dernier ne les a pas oubliés. La preuve ? Il a pris soin de sortir deux nouvelles chansons avant de partir.

Uncle Crazzy vient de reprendre l’avion à seulement deux jours du retour inopiné de son neveu Fariouz BIG en France.

Landry MUGISHA

Comments

comments




31 thoughts on “Uncle Crazzy : Destinations Kinshassa et Sud-Soudan

  1. Murundi

    Za mudushirirako ama photos bishoboka na Video vyerekana uko izo concerts ziba zagenze.sinon,twohava tuvyitiranya na voyage za busness canke vacance kuko turazi ko atunzwe nubudandaji.Merci

  2. mariam

    Oya jewe nemera mbonye nka THOMAS ,Twereke ama foto,kuko abo ba type ba CLAZZY bashobora kwigira i MAKAMBA BAKADUHENDA NGO BAGIYE KINSHASA KUBERA INYOTA YO KUJA HANZE
    AHO HANTU AVUGA KO AGIYE KUGIRA AMA CONCERT HOSE NTIHABAHO! »!!!!!!!!

  3. realbujaboy01

    mai de fois j comprend pa c site, ki tout d’abord va ecouter la music d uncle crazy a Kinshasa c vrmt n importe koi cette nouvelle loll

  4. eric

    ninde yibaza koboza barandika mukirundi
    birantangaza iyo bandika muri french kandi turabarundi
    hariho babwe batanarunguruka site kubera ata french bazi
    nanje nzaho kubera inca mpindura page muri english

  5. Nahi

    sha ushatse wovyemera. ubwambere yari yaragihe ariko abantu benshi bagaharira nanje navyemeye niboneye ama foto ubwa mbere. Kinshasa sa hantu hahatari umuntu yovuga ko agiye. naratohoje ndabaza ayo ma concert aba agiyemwo bambwira ko aba ari ama festival aho usanga baba batumiye abaririnvyi benshi bava mubihugu bitandukanye.

  6. Nahi

    ivyo nivyo kweri. Bandika mugi faransa ugasanga bashiramwo amakosa kenshi.Ntibibaza ko mu barundi baba hanze bakunda buja flava atari abari mu bufaransa canke muri Belgique. nibarabire akarorero kuri http://www.inyarwanda.com

  7. kabarira

    Oya ivyo kwandika mu Kirundi kuremwo ,uburundi tuvuga i Gifaransa french ,uwutakizi arasobanuza ,ivyo kwandika mukirundi nukwisuzuguza kuko jewe mbana na Bazungu ngaha ndi kandi abazungu benshi batanguye gusoma akeza.net
    kandi mbona ibinyamakuru vyose vyabarundi biri mugi french ,mbere jewe nashaka mpanure abandika kuriki kinyamakuru gukomeza kwandika mugi Frnch kuko niho bazoronka infashanyo !!!!! Mbega wewe ubabwira ngo bandike mukirundi canke mugi swahili umaze kubaterera amahera angahe?????? tanga amahera ya traduction bazobaikora
    KOMERA landry

  8. cay-b

    notangaye kubera turazi ko adafise imiziki myishi yomutwara gukora concert wenyene

  9. murundi

    utegerezwa kuba wavuye mumisozi ihanamye muburundi. Ntasoni wumva uriko uvuga ibintu nkivyo!!! Ngo twandike mugifaransa kugira turyohere abazungu abacu batavyumva!!!! ngo kuvuga ikirundi nukwisuzuguza!!!! hewe sinkunda kuvuga nabi muga urarengeje, impanuro nuko ukwiye kwikuramwo complexe d’infériorité ufise imbere yabo bagenzi babazungu bawe, barya bazungu ntiwibaze ko bagukunda kubera unia iyuva

  10. mariam

    None wewe utunva igifaransa uvahe ??????,uri ikigugu kugeza aho utunva igifaransa ,hewe PETER NKURUNZIZA yarashizeho amashure y’ubuntu ahubwo nyaragasa uje mwishure si non ureke abamaze kwiga basome ,none twese wibaza ko turi injiji nkawe ?????

  11. Nahi

    Ntagutukana kurimwo daaa!! Nimba bashaka kwandika mugifaransa nibaze baririnda kwandika amakosa kuko biratesha agaciro site. bopfuma bandika mukirundi aho kwandika texte mugifaransa irimwo amakosa.

  12. mariam

    Ntamakosa bandika,ivyo bandika biratomoye,ni,mba ugenda gusoma kugira urondere amakosa urunva amaso yawe abona ibibi gusa!murico kirundi wanditse deja harimwo amakosa ha ha aaa,nimuje mwishure bagabo,hari amashure menshi PETER NKURUNZIZA yashizeho yubuntu!!!!

  13. murundi murundi

    haha ukaba wibaza kwigifaransa arirwo rurimi international nuko wasizwe, iyupfuma uvuga n’icongereza « ucusanga atacuzi lol »

  14. mariam

    burundi have been occupied by belgium. they gain the independence with belgium which is a french speaking country. That’s why from their independence to now the official language in burundi is french. but you have to go to school to learn how to speak in french there,kubera nikirundi nakubwiye neza ko atacuzi ,uri indobo kweli lol……

  15. murundi murundi

    hahaha isa na google translation kandi mububirii igifaransa nururimi rwi minorité BTW reka shiremwo ubu sérieux:
    1 Igifaransa ni langue officiel muga ikirundi ni langue national et officiel so…

    2 Kubona igifaransa ari ururimi officiel muburundi ni kubera ubunebwe bwabadutwara atamwanya bafise wo kwiyumvira ngo bateze imbere ikirundi cacu kigire amajambo agezweho (ingorane zabo ninda). (c’est bien de parler français mais jamais oublier ko atari ururimi rwacu

    3 icanyuma et le plus important, nukumenya ko abarundi bose batavuga indimi zo hanze, wewe (mbere na jewe) twaratomboye turiga, turamenya indimi nyinshi muga ntidukwiye kwibagira ko hariho abarundi bataronse ayomahirwe kubera ubukene, akarenganyo canke ko bari impunzi nibindi nibindi. rero le minimum qu’on leur doit nukuvuga ibintu bumva.

    uashobora kutabishigikira muga nico ndavyiyumvirako

  16. mariam

    Ndabona wewe ufise ivyo mupfa naba bashingantahe barongoye iki kinyamakuru akeza.net reka bakore ureke kubatesha umwanya hama nawe nimba ushaka web yandika mukirundi UGURURA GWAWE ureke kwigira umu philosophe ,mbega aya ma web yose avuga kuburundi ko yandika mugifaransa nukuvuga ko wewe ubona kure kubasunvya?????Actualité et Médias
    – ARIB.INFO
    – Africatime
    – Burundi Réalités
    – Burundi News
    – Burundi Bwacu
    – Burundi Net
    – Burundi Information
    – Burundi Tribune
    – Burundi Transparence
    – Abarundi.bi (ex Abarundi.org)
    – AG News
    – Info Burundi
    – SurviT-Banguka
    – Iwacu Burundi
    – Net Press
    – Radio RPA
    – Radio Isanganiro
    – Radio Bonesha Fm
    – RTNB
    – Rema Fm
    – Studio Ijambo
    – Agence Burundaise de Presse
    – OMAC
    – Syfia Grands Lacs
    – Studio Tubane
    – Amayagwa
    – Burundi Bwiza
    – Burundi Ushahidi
    – Gahuza.com
    – Grands Lacs TV
    – Burundi-Forum
    – Burundiimage
    – The Leadership Institute
    – Burundi Flash

  17. kagabo

    Muratwenza kabisa, sintahura ingorane abarundi dufise turarwaye ingwara ntazi iyo yavuye ntidutahurana. Twebwe nkanakunzi ba site akeza.net turafise uburenganzira bwo kuvuga ico twifuza, nkakarorero gushira iyi site mu Kirundi n ikintu ciza caane gihesha iteka uburundi umuntu akitaho no kumenya ikirundi namba bazokwama basanga ama site yose mu gifaransa bazoca bagaya abarundi n ikirundi cabo.Tugerageze twugurure amaso tubone kure. Mwama mubwira abaririvyi ngo baririmbe mu Kirundi ngo kuko biteza imbere igihugu cacu none sico kimwe n’ibinyamakuru. Tureke kuba ibijuju kushika aho twibagira igihugu n ururimi rwacu. Muhezagirwe caane

  18. kabarira

    jewe nshigikiye ko iyi site yoguma mugifaransa , nkuko nyene umupfasoni MARIAM yabivuze ,ahubwo abagabo nabagore baryama kubiri bakiyunvira bimwe ,ivyo vyikirundi uwubishaka nanje mbona bitobuza ko yugurura site yiwe aho kwirigwa muriha amenyo yabatwenzi Basha iyi site iratomoye kabisaaaaaaaa

  19. Murundi

    Ico nico,kuko ingorane abarundi dufise ni uko tutabona amahigwe dufise mukugira ururimi rumwe ruvugwa n’abarundi bose bo mumihingo yose.Ibindi bihugu vyinshi(cane cane vya Africa)usanga mubihugu vyabo havugwa yo indimi nyinshi,bigaca bibangobwa ko bavuga indimi z’abakoroni (Francais,Anglais,Italien….)kugira bashobore kwumvikana kururimi rumwe.ku Burundi, ryari iteka rinini twokwishimiye.Aho ruguru hari uwari yagomvye kutwereka ko batabishize mugifaransa bohahombera nko kubanyamahanga bokwifuza kubafasha.Ico ntaco nobivuga ko kuko mugutanguza ino Site aribo boba bazi imvo zabibatumye.Ariko turavye inkuru badushikiriza,twovuga neza na neza ko ari izerekeye abarundi.Uyo nawe yagerageje kutwereka ama Site atandukanye aho hejuru,nibaza ko aravye neza ayo ma Site yandise ahanini agizwe na politique (muca mwumva akamaro ko gukoresha igifaransa canke icongereza).Turese nivyo,iyi Site igizwe n’izina ry’ikirundi(Positif),Akeza(je mvuze nti Akeza k’iburundi).Muvyiza rero icambere Uburundi bwoba bufise Ni IKIRUNDI twese twokwishimira (ururimi rumwe rudende twese twokwishimira).Ntawanse ko abantu batokwiga izindi ndimi,kuko turakeneye ko tworonka abazoshobora kwigisha canke gusobanurira abanyamahanga canke ingenzi zigendera Uburundi.Je kubwanje ahomperereye,iyo ndiko ndavugana nabanyamahanga(abazungu n’abandi batari abarundi),turavugana indimi zabo ariko nkumva ko hari ico mbuze canke ntakaje kubona ata Kirundi ndiko ndavuga.

  20. murundi murundi

    jewe ntawe nabujijekwandika mugifaransa wanyitiranije. ico nanse nukwo hari umuntu yavuze ngo nukwandika mukirundi kugira abagenzi biwe babazungu bategere, ngo kuvuga ikirundi ni kwisuzuguza. anyway andika mururimi ushaka nibaza ko numva zose izabarundi bashobora kuvuga, ikimbabaza nukutibuka abandi nukutishimira umuco wacu twarikukiye;

  21. murundi murundi

    impinga iracari ndende yo kubibumvisha. hari abantu babaye gâté bararenza muri karya gahugu kacu. mubindi bihugu nka espagne, maroc, algérie, belgique… ama régions ashaka kwivugira ama dialectes yabo bikabagora natwe aborwaniye ikirundi nibo bakigwanya. ikinyica nukwo bagwanira bose igifaransa kitari no muri top 5 yindimi zivurwa cane kwisi en tout cas ces français sont fort quoi qu’on en dise

  22. BACEMWO

    uwo ari kudusubiza mwihumbi ryizondimi zitazwi we namaki? iyapfuma avuga n’igiswahiri co nayo i kirundi gisgaye ari ururimi rwa nyumbakumi!!!! ubu turi gutera tuja muri east africa wana

  23. Irambona

    murundi murundi avuz ukuri kudateye amazi kweli…entoucas uwoba amaz kutember yarabibonye…

  24. Murundi

    Irambona, wewe uvuga east africa,ariko ubu turiko tuvuga u Burundi bwacu,kuba twagiye muri east Africa,Comesa,CPGL….. Ntibisigura ko Uburundi buhagariswe kuba igihugu cigenga.Kuvuga ko ikirundi gisigaye kivugwa naba nyumbakumi ho, twese twoca twibera banyumba kumi nawe urimwo kuko naho usa nuwucanka ntivyakubujije ko ucandika.Hama navuze ko atari bibi ko abipfuza kwiga izindi ndimi batoziga kuko nabo uburundi burabakeneye.Sinzi ko wari uzi ko no mubazungu hari abari specialises ku ndimi zitari izabo.

  25. kagabo

    hahahahahah basha KABARIRA na BACEMWO baratwenza cane ahubwo umenga sabarundi canke barafise ingorane tutazi. Umurundi akwije neza ntiyokwubahuka kuvuga birya. Ndabuze nico nobabwira ngira bazoteba batahura. Ariko barakwiye amasengesho kabisa hanyuma bigishwe gukunda igihugu.

  26. murundi murundi

    irambona nibaza ko wamwumvise nabi. ariko avuga ko twari dukwiye kuvuga ikirundi. abatabishaka nabataratembera.

  27. murundi murundi

    hewe nyumbakumi ni sogokuru wawe canke so wawe, utamwubaha ngo wubahe nivyo akuraze nukwo… nohava mvuga amakosa

  28. Irambona

    Kuvyo nibaz k10 mbona aho mperereye,jewe nibaza ko mubintu vya mbere abanyagihugu bakunda igihugu bagwanira ari Ururimi rwigihu cabo…

  29. Evarudo Benyamino

    Hahahahhah ama commentares amwe amwe ni umuti w’amenyo(dentifrice) kabisa!!! Uca ubona ukuntu biyumvira ibitandukanye!!LMFAO

Laisser un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée.