SAT B demande pardon à ses fans…

SAT B demande pardon à ses fans…
Une publication de SAT B sur son mur Facebook… No comment!
« Sat-b Satlight,
ooh!!!! jewe sat-b ndasavy ikigongwe ku muntu wese noba nari maze kwishimako n uwo ntarabigirira naj nd umuntu ndasavy imbabazi imbere y amakungu mbabarira bene wacu kuri ivyo rero nahise mwo kubatura aka karirimbo « ni muhore » bana b iwacu ndasubiye mwo nsavy imbabazi kuba fane banje batandukanye du « PARDON »

SAT B a Muramvya @Photo Landry Mugisha

SAT B a Muramvya @Photo Landry Mugisha

 

Béni NKOMERWA

Comments

comments




27 thoughts on “SAT B demande pardon à ses fans…

  1. franck

    aho sha!! cé ca c k nou voulon!! nivyiza kumenya ko ukora amakosa…kandi cé normal umuntu akoz ikosa hama agasaba ikigongwa arababarigwa!!! p6 up man

  2. aisha

    slt sat-b ntaco wangiriye kibi ahubwo uranryohera gusumba ico nokubwira wodukorera ama clip hama nimba warakosheje wababariwe hama ico womenya n uko uririmba neza kuri jewe uri 1 mu burundi

  3. nancy

    so sat-b vrmnt courage so warigeze kunyishimako kuri 4ne ubwambere hama hirya y ejo ndasubira unyakira neeeeeeeeza caaaaaane vrmnt 7 sur warahinduye kweli bakureke uri iki bajuuuuuuuuuuu lov so mutch

  4. papy

    sat-b mrc et courage vrmnt uri o top mu burundi nta wundi………je nahora ndakwanka ariko n umvise « nimuhore »naramaramaye n uwank urukwavu avuga ko runyaruka

  5. Ni

    SatB a pris la bonne decision pour sauver sa carriere….les erreurs arrivent aux humains afin de le corriger. Big Up man.

  6. Bj

    C bien dit mec mé seuls les actes prouveront k t’a b1 changé.alors à toi de jouer!!!!

  7. Ntare Rugamba

    ikibi sukugwa mwikosa ahubwo kurigumamwo nivyo bibi……komera

  8. Alfred

    oouuuhhh……ni muhore kabisa sat-b té myr kweli gusaba pardon vyonyene vyerekana umuntu ari sage….so courage vrema menshi ntakamaro gusa uko juu nindirimbo zawe……..big up man

  9. Bodo

    Sat-B bite ? Mon frère umve nukuri ubaye akarorero mu bandi ba Star ushoboye kumenya ikosa wakoze ugasaba pardon , tu es pardonné. Uze ubibwire abandi ba Star , wew ihorere uze urabe ico ugiye kuvamwo kimwe wibuke ko Iyakuremye yanka icaha . Ntuze ugwe mwikosa ryo gupfa abakobwa nabandi ba star ,iryo mbona vyabaye indirimbo pour ces jours . Kimwe wiyubare cane . « NIWIYUBAHA NABANDI BAZOKWUBAHA » . Ube serieux et tu verras ikizokurikira . KUBA UMU STAR MWIZA SUGUSARA ARIKO NUKWEREKANA IGIKOGWA CIZA ABANDI BADASHOBOYE GUKORA . Aho ugeze siho watagiriye man , hariho ahandi utegerezwa gushika ariko bivana ninyifato ugiye gukurikiza kuko kuba umu star birakiza ou bien bikica . Imana ibana nawe mon frère.

  10. BOSTON Villa

    Respect mon vieux, mnent t’es un Artist digne de ce nom, avant c’été pa le cas. T’as des talents que le monde n’ignore, un petit mot, sois sage et p8 tu verras les résultats. Be blessed

  11. Ed naky

    je peux rien dire sur toi parce que je te connais pas vraiment mais courage seul Imana irakubona mais c’est très courageux de ta part mec…ndakwipfurije imigisha

Laisser un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée.