Paroles de la chanson  »Agahengwe » de Mudibu

Paroles de la chanson  »Agahengwe » de Mudibu
Mudibu (www.akeza.net)

Mudibu (www.akeza.net)

La chanson « Agahengwe » de Mudibu parle de la perte d’un membre de famille, amis, voisins, visages familiers, des sentiments d’un cœur lourd qui a besoin d’accalmie.

Agahengwe est un chef d’œuvre complet, un texte simple mais profond, la voix de Mudibu et son interprétation  te va droit au cœur. L’arrangement est aussi simple mais colle très bien avec sa technique de chant. Bref c’est  un bijou.

 Agahengwe de Mudibu

1er Couplet :

Murambariza iyo baja

Incuti n’abagenzi bansiga inyuma

Abagenzi n’incuti bansiga inyuma

Bansiga inyuma

Ntibambwiye  niko dukura

Ntibanyongoreye ngo ubuzima ni umwanya muto

Ni umwanya muto ohhh

Refrain :Mbwira x2                                                        x2

Umutima ugire agahengwe

 

2ème Couplet :

Hewe ncuti hagarara ng’umbwire

Iyo tuja niyo tuva

Heba umpe akanya umbwire

Ngw’iyo tuja niyo tuva

Ng’umbwire umbwire ico ibi vyose bivuze

 

Refrain x3

Umbwira ujandajanda

Umunsi wogiye nzohabere umugabo

Imyaka iraharuwe

Iraharuwe

 

Ohhhhhh uhmmm  yeahh yororoyoyoyo

Yooo ohhh yeahhhh

Refrain x4

Ohhh ohhh hmm yeahhh

Ahhh agahengwe jusqu’à la fin.

 

Paroles recueillies  par Evarudo Benyamino




Laisser un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *