Le Top 10 de TWENGA SLYLE

Le Top 10 de TWENGA SLYLE
TWENGA (www.akeza.net)

TWENGA (www.akeza.net)

Comme on aime entendre que plus on rit plus on ajoute des annees a vivre le Groupe Twenga Slyle vous a fait un top 10 des blagues en Kirundi juste pour vous aidez a bien reposer vos nerfs…


      1. Hahahahah abasazi babiri hahahah oya nanj nohava nsanga nasaz kuko hahahahah reka num oya ndababaz nind amaz kwumviriza ikiganirro camayira kuri R.P.A mWoba mumaz kwumva akajwi kumuntu aguma avuga ngo Amayira Amayira…oky soit tugaruk abo basazi babiri sasa barahaririy umw ati jw iri jwi ndarizi uyu muntu avuga Amayira twarigany uyundi naw ati ww urasara mwigany gt kandi ariko avugira mwiradiyo ega baraharira bashaka no kugwana umw ati Twarigany uwundi naw oya uyu ari mwiradiyo ntimwigany ega baruhuz ya radio bayisambuy piece par piece kugira batore aho ako kajwi kariko karavugira hahahahahah iyi nkuru ndayituy umugenzi w’ISI ndazi ko aca yimenya…
      2. Umwana yariko aratembera na papa wiwe mwibarabara,ahura na prof wiw,papa wiw aramub8ra«bura k8nyegeza eaba prof waw kandi umaze imi6 udatonda»umwana am8shura«inyegeze ahubwo ww papa kbra namub8y ko wapfuye arico gituma nsiba !!!!
      3. umukobwa yariko atera inkuru abandi bakobwa bagenzi biwe!!! nari nagiye muri birthday y’umujama wanje mpura ni umuhungu umwe ubwo nyene nkimubona ndamusuzugura, umuhungu aranyngera arambaza izina ryanje ndarimubwira namusuzuguye, arambwira ngo ndi mwiza ndamutwengera namusuzuguy, arambwira ngo tuje inyuma y’inzu ico ambwira ndagenda namusuzuguye, dushitseyo atangura kumfatafataho ndamureka arabikora namusuzuguye aja mu vyo kunsoma ndamusoma namusuzuguye, anyambura udushambara ndavyirengagiza arabikora namusuzuguy, maze tubijamwo ariko ndamusuzugura ndinda mpeza namusuzuuuuuuuuguye….twarinze tukivana nkimusuzugura…
      4. umutama yakunda kuraba cane umupila yashobora noguheba icupa muri bar akaja kuraba match iwiwe….umunsi umw reroyari yakaniy kuraba match ya barcelon hamw na arsenal…agishika muhira iw baramwugurira umugor wiw yariyagendew nuwundi mugabo ariko aramucamwo nyamugab amwumvis ntiyarons umwanya wo kwambara aca aja kwinyegeza nyuma ya kabati hahahah serugo aca arashika ashikira ku t.v nta numwanya wokugukura i shoes yarafis kubrayashits asanga match yatanguy vyakabay kera ariko araba match umu joueur umw wa barca akoraikosa hama bamuha carton rougekubera ishavu wa mu joueur aca asohoka mukibuga ariko aja murivestiaire akura mayo yari yambay entr temp wamugabo yinyegej aca arakawuka ava inyuma yakabati asohoka ari torce nu arasohoka munzu hama umugore aca arakurikira umugabo wiw ntiyatahuy ibibay aca aramubazo uwo muntu yarahjj gusohoka umugor naw ati:  » AAaah cheri we naw uragorana ati ntiwabibonye ni wa mu joueur bahjj guha carton rouge…. »
      5. hari umukecuru yari asanzwe ari ku mirimo yiwe yamisiyo, yari umurimyi, akaba ari umukecuru atigeze yubaka ekambere ntanuwamuha mwaramutse cank mwiriwe!!! Ariko aririmira afatwa ni umusonga yikika igisaka kugira arangize umusonga wiwe!!!! ntibigenze ukwo ariko arabikora azayumva akatsi kamwagaje aca ariha akaruru ngo yururuweeee uwapfuye yarihuse ubwo ga mama w’umukondo hari uwokwiyumvira kw’inyuma y’imyaka 60 hari uwo ndamukije emweee ntawotanga kwihebura Imana…we yagira ngo aronse abashitsi naho cari icatsi kiriko kiridegemvya!!!!!!
      6. MWI KOMINE IMW ya bujumbura hari umugabo yakunda umugore wiwe cane. ariko umugore wiwe yaramuvanga rwose. ababanyi babwira wamugabo ko umugore wiwe amuvanga kandi rwose. ninaho yacafata imigambi yokumufata en flagran déli. ari kukazi ababanyi baramuterefona bamubwirako wamuhabara wumugore ariwe. wamugabo afata moto yihuta kugira afate wamugabo numugore wiwe. ageze imuhira asanga umuryango urugaye. yitera kubabanyi atiza ishoka kugira ateme wamugabo. aradodora afise yashoka wamugabo acaza arugurura. o fait yaciye asanga arikigabo cikigangi rwose kingana na JOHN CENA. yaciye akibwira ati » mushinganta nashaka ungurire iyi shoka nimba bishoboka »
      7. hari umu type yinamuye aja gu tereta i mome iraho!!! umumome araho aritegerza le gars abona ni mubi vya hatari!!! donco ntiyari ama gou yiwe!!!! umu mome aca ari namura hakumubwira ngo wapi ntibikunda kuko umu type ari mubi umu mome aca aha inyishu le gars amubwira ngo nakwiheje neza ncansanga ufise UBWIZA NTAKUNDA…
      8. umuhungu yasohokanye na copine wiwe bigeze minuit umudada abona ko type nta gahunda yo gutaha afite nuko la fille atega moto arataha,umutype nawe byatinze afata imodoka yiwe ya toyota hilux arataha,ageze mu nzira traffic police iramufata;utwaye imodoka wasinze type atangira gusaba imbabazi iruhande moto ingongana n’imodoka policier yiruka kureba uko bigenze type yinjira mu modoka arataha araryama bukeye yumva baradodoye ku muryango,arasohoka asanga n’abapolisi 2,baramubaza ni wowe Dany?nawe ati ni jye,ejo hari umupolisi yaguhagaritse?nawe ati arahari,byagenze gute?yahise ajya gukiza abandi nanjye natsa imodoka yanjye ndataha,imodoka yawe uyibika he?mwi garage,turashobora kuyireba?cyane rwose,Dany aragenda afungura i garage arebye asanga yatahanye pandagari ya polisi….
      9. Abatama babiri bumvis itangazo risaba abanyeshure bahejej umwaka w icumi na gatatu ko boja kwiyandikisha mw ishure ry intwaza ngabo,bati twatanzw.Vyar vyo kuko nabo nyen bar barahejej uyo mwaka w ishur baronka n amanota meza.Bashits mw ishure ry intwaza ngabo bakwij impapuro zos zisabwa batangazwa n uko babasubij inyuma.Baca babaza ico bazize .Uwujjwe kwakira abnyeshure bashasha ababwira ko bashaje nabo bakeney kwakira abasore n inkumi bakiritera bakarisama.Ba batama nabo baca bamwishura bati: « Ngaha nta ba jenerari mukeney?
      10. Umugabo umwe yagiye mu kabare acomanda inkoko hama barayimuzanira hama aca araduka ngo mumpaye inkoko ifise amaguru atareha….Hama umu serveur nawe ngo wasavye iyokurya canke iyo mutambana???       

          Par Raymond DUK….

      Comments

      comments




      2 thoughts on “Le Top 10 de TWENGA SLYLE

      1. haberisoni yvette

        walayi ni special Akeza!!! hahaha visité ce site tou les jour nohavansanga amenyo yose yahungurutse narirya asanzwe adakomeye…lol respect

      Laisser un commentaire

      Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée.