Le producteur Romeo se retire d’Akeza Awards: Les raisons

Le producteur Romeo se retire d’Akeza Awards: Les raisons
Le producteur Roméo a envoyé à akeza.net un mail expliquant les raisons de son retrait de la compétition Akeza Awards dans la 

Romeo Prod (www.akeza.net)

Romeo Prod (www.akeza.net)

catégorie meilleur producteur audio. Le producteur trouve que Akeza Awards n’est pas sérieux puisqu’il traite  la compétition de mascarade dans l’objet de son message .Voici le texte intégral de son message à akeza.net .

 »je veux pas etre dans cette mascarade de classement de producteur »

 »chers amis je ne veux pas participe dans cette mascarade( awards) de producteur .pour la simple raison que être producteur c est pas savoir ouvrir un logiciel  il faux le mérite . respecte vous en respectant les autre .
le monde de la production c  est un monde complexe. il faut différencier herbe et le blé »

Le producteur semble très  fâché à l’endroit des organisateurs de Akeza Awards. Apparemment, il lui auraient manqué de respect en le mettant en lice avec des producteurs qui selon lui ne méritent pas ce nom et cet honneur.

Landry MUGISHA

Comments

comments




64 thoughts on “Le producteur Romeo se retire d’Akeza Awards: Les raisons

  1. Ni

    Impressionnant le gars…… J’adore les gens qui se croient au plus haut niveau que les autres. Vous savez pourquoi???? parce que il y a toujours une surprise desagreable a leur endroit!!!!!! Alors a toi Romeo, attention ne te ventes pas trop!

  2. dona

    pol san ariko nuko abana basigay bakurusha akazi.ntushavur wigumura kuk iyo ub uwamber ndazi ntiwavamwo

  3. Fred

    Roméo,toi-même tu sais q tu es nul n’invente pas ibintu ataho bifatiy si tu t croi plu fort qu’eux rest ds la comptitio and we’ll wait and see!!!!

  4. Kakunze

    Roméo ubu ntakigenda ,nabandanye akazi kiwe K’imbonerakure nayo ivyubuproducteur hari kera ataraja muri politique ,vraiment basigaye bamusunvya akazi aba jeunes producteur mnawe nyene arabizi ninaco gituma yahise yifutisha mumahiganwa rugikubita,
    AMASHUGWE ARUMA AKABISA AYANDI !!!!!naje kuri retraite ndake!!!!

  5. kagabo

    Aya niyo mwita amatora?Aya kurijewe twoyita sondage kugira ngo tubone position yumwe umwe,hama mugaca mutoramwo nka batatu bambere,mukabagirira promotion(propaganda)kandi ingana kuri bose(ama photos,intervieuw,oeuvres de chacun(e)nka zitanu zitanu kuri bose kugira twirinde aba tatona mukazi)hama hagaca harondegwa aba juristes nyabo bumva la valeur de la musique (qualite,arrangement,mixage,mastering)kuko hari abatora par fanatisme,ubugenzi mais pas akazi,n’abatogwa kuko bagirigwa des promotions ici et la kandi batarengeye abandi mu bikorwa.Harimwo n’abirigwa inyuma ya computer rikarinda rirenga bariko baritora,kuko iyo possibilite mwayishizeho.Murimake aya s’amatora twogenderako ngo uyu nurya n’abambere.Ivyo vy’amatora sur net na SMS ni bullshit.Sorry

    N’abandi babona kure bobivamwo,kuko iyi ni propagande kuri bamwe.

    Landry urazwi uko ukora.

  6. rukundo

    jewe nibaza aya matora yo kuri akeza.net atomoye kuko yubahiriza amatageko nkuzamakungu ,ibi vyaya matora nama nabibonye hano muri Aerica aho mba kandi ntanumwe abigaya ,ahubwo nugukomeza ukonyene !!! ihiganwa naryo ivyo abanyagihugu batoye nivyo nyene ,Obama atogwa hano muri USA sukuvuga ko atabandi bamusumba bari bahari bamusunvya amahera namashure ,rero iyo bazana aba Juges batora umuntu yize ,afise amahera ….umuzungu…. nibaza ko OBAMA ATARI GUHITA
    Nimba umuntu yiriwe kuri computer yitora wenyene ,urunva naho nyene azoba atsinze urunva ko azoba yashizemwo umwanya munini yitora
    KOMERA AKEZA .NET HANO MURI U.S.A turi gutora twivuye inyuma

  7. IRANKUNDA

    Aya matora atunganije neza ,Roméo yarifutishije kukjo yabona ataburyo yoshobora kwiba amajwi
    akezaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaa

  8. majacks

    ce site devrait etre apolitiq, commentaire irimwo CNDD ntampamvu ifise yokuba accepté (clin d’oeil pour http://www.akeza.net).
    Ico novuga kuri aya matora nibaza ko Landry afise comité AKEZA AWARDS kubera iyo nayo ikaba izokwiga kubantu sondage ibera hano kuri site izoba yashize imbere, kuko na BILLBOARD AWARDS MUSIC ya site http://www.billboard.com/#/ yo muri USA ariko bigenda.

    kubera twinjiye mumategeko mumatora nta muntu atora kabiri alors que jewe nshobora gutora kabiri kane meme infiniment ukonshaka mpfaguhindura gusa adresse IP yanje kubijanye na connection inetrnet gusa.

    hanyuma kubijanye na défection ya Romeo vis-a-vis y’AKEZA AWARDS 2011 nibaza ko kumushira hamwe n’aba « producteur en herbe » atari bibi ariko kuca abona bamuciye imbere bivuye kukwitora canke gutorwa kenshi bitari juste, il n’a pas eu trop erreur, mugabo yibagiye ko mwihiganwa barya batobato ariho bungurira ubuhinga canke ubumenyi.
    dc q’il se retire biramusha mugabo nsaba AKEZA aya maresultat ntabe ariyo izo considera comme finale mais comme sondage.

    thx big up

  9. Chan

    Il na ok1 raison d c retirer simplement il a peur!mé sach k akeza.net est le meilleur!watiny?iy si cndd

  10. kagabo

    Inyishu kuri Rukundo,

    Mbe ko uriko uragereranya amatora yaba Obama nayaba producteurs,ugomba utwumvishe ko politique na music production biri mugisata kimwe?Aho nibaza ko wataye umurongo,canke uvyirengagije ubizi?Hama turazi ko mur’iyo America yawe uratira ko mwateye imbere kuvyerekeye amatora,heza utwumvishe ko murigera mutora abo bakuru banyu mubicishije kuri SMS na Internet.

    Kurabo nabo bagomba guhora Romeo umugambwe wiwe nibaza ko atariyo ntumbero Akeza yoba ifise!!! Nibaza ko turiko tuvuga ivy’akaranga n’ubuhinga mu muzika wacu dukunda w’Iburundi.Aboba bifuza guhorana imigambwe,kumbure n’amoko,boja kuri za(Tutsi.org,abarundi.org,burundi- news,arib.info,iwacu.org……)aha turi mukibuga c’imico,akaranga,n’ubumenyi.Kandi mwibuke ko Romeo yari yanse ko bamushiramwo kuva muntango nibaza ko Akeza yabitahuye.

    Hama ko ayo matora yoba yubahiriza amategeko mpuza makungu,nibaza ko vyoba vyiza utweretse ayo mategeko uvuga.Kuko ntawabahagaritse gukoresha amatora,ahubwo twaterera kugira ngo abo bazoba bashizemwo bose biyumve ko bariko barahiganwa koko.Hama umuntu umwe yitoye incuro 1000 = toujour umu fan umwe(nukuvuga ijwi rimwe)bamureka gushigikira amafuti,ahubwo wewe uciyumvira uko vyitwa ko uri muri America bateye ibwere muvyiyumviro,wofuma ujujutira iwanyu kuko urutwa n’umunyagihugu yibereye i CENDAJURU.

    Ikindi ntokwibagira nuko abavamwo bakiriko baraza kuko abenshi ntibamenyeshejwe mukubahiganisha.
    Hama ikindi nikubera iki Bashir Dia yavuze ko abivuyemwo kandi agakoresha imvugo isa niyo Romeo yakoresheje,hama ntimwagira ico mubivuzeko?Bayina imbwa irya uwizi.

  11. Murundi

    we sha KAGABO,urahindura izina nturi kagabo ahaubwo uri Akagugu !!!!!Roméo ntaba akwiye kuja ahabona kuri net niyo nda ingana naho bwakereye !!!!NTA MU STAR AFISE INDA

  12. Murundi

    Ahaaaaaa,mbe amahiganwa abarundi bemera ko atunganijwe neza nayahe???? abantu b’injavyi i burundi baruzuye !!! iyoba babunviriza narya ma higanwa abaera NAIROBI -KENYA nataba aba !!!!!! ahera bagitanguye akarinda arangira ari induru gusa nkizi zaba KAGABO!!!
    Akeza ,bandanya project zanyu abo bandi mubime amatwi si non abarundi hari injavyi nyinshi nukuri kwimana !!!!

  13. Murundi

    Ahaaaaaa,mbe amahiganwa abarundi bamaze kwemera ko atunganijwe neza nayahe???? abantu b’injavyi i burundi baruzuye !!! iyoba babunviriza narya ma higanwa abera NAIROBI -KENYA nataba aba !!!!!! ahera bagitanguye akarinda arangira ari induru gusa nkizi zaba KAGABO!!!
    Akeza ,bandanya project zanyu abo bandi mubime amatwi si non abarundi hari injavyi nyinshi nukuri kwimana !!!!

  14. muhoro

    Ahubwo AKEZA.NET bagize nezaaaaaa gushira amazina yabaririnvyi muri competition batarinze nokubaza kuko iyo batabashirako ubu imanza ziba zashinzwe muri sentare bavuga ko bababwira igituma batabashize muri competition!!!!!abarundi turazinanye !!!!

  15. kagabo

    Murundi we,

    Muvyo uvuze ico utereye nikihe ko mbona wuzuye ibitutsi gusa.Ahubwo mbona ko ariwe wari ukwiye guhindura izina kuko nta murundi yarezwe neza yuzuranye ibitutsi nkuko kwawe.Ahubwo ngira ngo ndagutoze mutuzina tw’ubuhizi tukubereye nka :(Muhimbiri,Mugesera,Mutindi,Mujejeka,mu…)urahitamwo kamwe muri uto wiyite.
    Hama kirico uvuze ko Romeo atarakwiye kuja ahabona kubera inda afise,ntaco nobivugako kumbure mufise ico mupfa,ariko ndaguhaye nk’uturorero twaba Producteurs Chanteurs bazwi nka :(Timberland,T-Pain…)super producteurs kanki babatunzi,wewe ubona hari aho wobigereranya ga wa muhimbire we.

  16. Murundi

    MBE SHA KAGUGU alias KAGABO uratukana gutyo nkabungere bo mumugamba!!!!jewe sintukana ihibambewe,nimba ushaka umukomo uva iwanje je ndi umurundi w’indero sintukana
    SALUT

  17. kagabo

    Kuri ico cuko bashira uwo bagomba mumahiganwa yabo,nibaza kwari ububasha n’ubushake bwabo,ariko naho nyene habaye uwutabishaka ntimwobimuhora canke ngo mubimushiremwo kugahato.

    Kandi murantunga ntanduru nigeze ntera (nkuko uyo Muhimbiriyabivuze aho hejuru)Navuga uko ibintu nabibona kandi ntawe natutse canke ngo nifatire mugahanga.

  18. Murundi

    murundi we uragaruse wahinduye izina,ubu ho wafashe gwanje ko watanguje urudome rukuru M,gumana kakazina watanguje kugira ngo abo uriko uratuka batanyitaranya.Je sintukana kuko ndacafise akaranga ka Murundi.

    Hama nkuyo KAGABO wari umutukiye iki kwatigeze avuga nabi?

  19. murundi murundi

    sinzi ukuntu ndabiguyeko, ronderera ahandi kuko jewe nje sintukanira ibintu nkivyo. nzotukana hari uwututse uburundi ikirundi n’abarundi nayo ibisigaye ni bito. akazina kanje kuva ni aka ubona hejuru

  20. G. Pro

    Uwo binaniye agra ngo ibirago branyerera!!! Yaco abantu bamwe bamwe baba bashaka kwifata nk’utu mana!!! Romeo yarabonye k ataco yohanoba hama akuramwo akarenge!!! Ni vyiza kwemwra ko warushijwe!!! Aragahora uko! Aragahora aza aratahura ko ataco yovuga imbere ya NOUVELLE GENERATION DE PRODUCTEURS! Seuls les incapables nibo bahunga kuja ahabona!! Romeo aratinya ama « QUALITES » akorwa naba JEUNES NOUVEAUX PRODUCTEURS,rero yarabonye k agumye mw’Ihiganwa yomaramara ari naco gtma yaciye asokora akaguru.

  21. diaman noir

    mbega amatora atagira udusandugu numwiherero!!! atuma imbura kimazi zikura mwihiganwa romeo ntiyihenze nagato kuko ntakiri umu producteur ico je nashaka kuvuga ndashimye caaaaaaaaaaaaaane ingingo yafashe kuko afashije abatazi gusoma nukwandika kutihenda ngo bamuhe amajwi icakabiri Roméo tu ne veux pas participe mais dans east africa music award tu as participe kuko urengeye rero uburundi nari nyemerera nkubwire ijambo rimwe ncuti tu sais icarico un site web internationale si nka votre studio de merde non ici sur akeza ne monde iba comme un village mon ami none wewe udashaka ijwi nunzu ahuba ushaka ijwi kwande? iyuvuga uti !!! » JEWE ROMEO KUBERA UBUHINGA BWANJE MBONA ATANUWO NOKWEGERA MUBAHINYANYUZI BARI MURI AKEZA NDASE KWIMARAMAZA NOKURONKA MAJWI ANGAYISHA MUMAKUNGU » ROMEO KUVAHO WABEREYE KURI AKEZA UBU NIHO UBONYE KO HAGEZE KUVA MWIHIGANWA MUTAMA ROMEO KOMERA NUKWIMARAMAZA . NDASAVYE KO ABATANGA Prix mwoturonderera iy’ikimaramare tuzoha romeo peace et respect

  22. diaman noir

    pour KAGABO MUBISANZWE IVYUVUGA NDAGUSHIGIKIYE MURUHANDE RUTO CANE NDASHAKA KO UMUNTU WESE YOMENYA OBJECTIF AFISE KURI AKEZA ! NAJE BIRAMBABAZA IYO UMUNTU AVUZE IZINA RY’UMUGAMBWE KUKO BIBONEKESHA NABI SITE YACU DUKUNDA TWESE KIMWE TWOHURIZAKO TUVUGE KUBIHARI KURI SUJE IHARI . MUGABO IVYO BAKUBWIYE KO AMATORA AKOARA UKU NIVYO UKURI NIMBA URI BUJUMBURA NOGUHA EXEMPLE YA MARIAGE YAGAKURA SI AGASHIMWE KUBURUNDI N’AGASHIMWE KA AKEZA GATAGWA N’UMURYANGO AKEZA NUKO MUNZU IWANYU MWOHA PRIX DIAMANT NOIR KUKO AHANURA CAANE DONC NDAGUSUBIRIYEMWO AKEZA NTISERUKIRA UBURUNDI BWOSE MUGABO IZOTANGA AGASHIMWE KITWA AKEZA NTUFATE RERO UKUTARIKO NGIRA NIBA UZI GUSOMA WOJA RURI http://www.fr.wikipedia.org/wiki/Vote usome amategeko y amatora

  23. kagabo

    Aho turiko tuvuga kimwe ,kandi ndagushimiye kubona ubivuganye ubwitonzi udatukanye.

    Nkuko nabivuze,Akeza ifise ububasha n’ubushake bwabo,mbere n’intumbero yabo yogutanga agashimwe kuboba bakora neza m’umwuga w’umuzika,canke kuboba bakundwa n’abanywanyi ba Akeza.

    Ico nashase kuvuga,nuko habaye abiyonkora batokurikigwa n’ibitutsi bahogwa ko boba badashaka kwitoza,ivyo nibisanzwe vyama ho.

    Hama birya natanze akarorero kuko nabona amatora yotungaywa,cari iciyumviro canje kandi ndasaba ko ntobihogwa.

    Hari uwundi yoba afise ikindi ciyumviro nawe yogitanga kugira ngo tugire ico dutereye Akeza,kuko ndibaza neza ko intumbero y’Akeza atari y’ibitutsi,ahubwo ivyiyumviro n’ibikogwa.

  24. rutwe

    Romeo n a pa bien reagi mais…il ya plein de truc de classements à la mode tutazi nico bafatirako mugutora abantu pas meme de jury professionnel kuko les votes ne suffisent pas… alors quels sont les critères? quel est l`interet de ces classements sans fin? qui fais ces classements? qui gangne dans ces classement à la fin?

  25. KICHA

    WE KAGABO NTUKIGERERANYE NABA PROD BIKI GIHE NDETSE WEWE NTANICO WIGEZE UKORA KUVA KERA NIWIVIRE HAKIRI KARE P6

  26. dona

    ariko iyo nda irafise agaciro kuko yoba umu cuisinier mwiza.mu gikoni yoba top

  27. kagabo

    We sha KICHA, ubwo wari wakurikiranye aho tugeze muri izi commentaires?
    Uravye muri abo bariko baratogwa hari izina KAGABO ryoba ririmwo?

    Je nibaza ko wihenze kw’izina wandise,ukaba naho utihenze ushaka kumenya ico maze gukora canke ico ndiko ndakora urandondera ndakwibwire.

  28. melomane

    moi j pens kwata kamaro k gutuka umunt pour ce k il a fait kand bitabaraba!! kom ataw yahanuj mu kujamwo ntiyategerezwa kubabaza mu kuvamwo, mb mubabajw nuko yavuyemwo cnk mubabajw nimvo yatanz?? mb iyavamwo ataco avuz naho?? hubw ab organisateur nabo nyen ni bab baraba ab bashiramwo, romeo j naheruka kumwumva muri campagn peut etr k atakiri um producteur w indirimbo zisanzw, umusi mwashats gu classa ab musicien ba politik muramuhamagara murab kwataza mug ub murek turyoherw nabana bacu bashaka kutunezereza urya naw ari kuyindi deal yiw cokimw na bagenzi be, harabo muheruka kwumva???? nimubareke basha barishikiy muyindi domaine, vyoba vyiza tutabavanz nabandi batariko baca amahera acapfuy nkay imigambw!!!

  29. kriss

    g8 dak avk tw « melomane » arko non plus ntiyari kuvga kurya yar gupfuma avyigumiza mwo aho bica vyerekana k ariko ari venta..cté pa necessaire k tmenya la rson ya tumye avamwo…

  30. ininahazwe romeo

    biratangaje kubona ukuntu ubujuju buhabwa icubahiro nacane cane mubijanye numuziki mbwira batora umuproducteur bafatiye kuki haaaaaa reka kuba mujana nanjanye kuko kubwanje ahongeza kubona nuko nuwutazi umuziki akaba gusa afise isinzi ryabantu babajama yoba uwambere haaaaa none azobatowe bwamuziki canke bujama ikindi kuberiki mwinyegeza inyuma yubutazirano shirako amazina tuyage tuzinanye kuki mwikika agahumbezi hamaaaaaa kuvyogushira subundabitanguye nkumbure kuribamwe niho mukibimenya menyera ndaarara uwobiteye ikibazo araza tubivugane .canke antaburize niyaba abona bimugeze ahantu .

  31. ininahazwe romeo

    ariko muratwenza havuye amajambo yubujuju nugutukana birashika mukiyumvira imvonimva igituma canke nakarimi gusa.

  32. umunyafrika

    mbega iyo babahaye akaryo muca murengera kumuntu?heba mwiyubahe kuko aho ntaco muterereye nko mu guhora umuntu ivyiyumviro vyiwe.atarakandi mwari muryimaze!!reka tugume mu vyumuziki yamara ntawokwiyobagiza uruhara roméo yagize mu gihe atawabakoreramwo be na jérémie na botchum!kuva mwihiganwa nuburenganzira bwiwe,ntimuce mwikinga uwo mwijima wo kutivuga,hagume ubuntu atakurengera abandi kubera iki
    na kiriya

  33. blaise

    c’est son choix et son droit mais yari kubigira murupfasoni ntagayane ngo yifate nkumwana kuko umenga aba producteurs bos bo muburundi ntanumw abikwiriy umenga yabagay ko we yoba abasumba gose kuburyo abarengey!sivyiza kuvuga nabi!!!!!!!!!!!!!!!IZO ZIBIKA ZARI AMAGI

  34. Vivian Jeancy

    This info is just what i was looking for. It would be excellent to see your write more on this topic…will check back to see

  35. Elvis Gucci Nahayo

    Roméo all I can say is « akanse baraheba » bandany with your politic issues and staff in music coz U really looks like politicians so live music for young men « vijana wanakushinda kubali matokeo »

  36. Elvis Gucci Nahayo

    Roméo all I can say is « akanse baraheba » bandany with your politic issues and staff in music coz U really looks like politicians so live music for young men « vijana wanakushinda kubali matokeo » I’m Serious about that………big up Akezaaaa

Laisser un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée.