KANEZA Lydia, Lauréate MILEAD 2012 : Interview avec Mucowintore Boris-Evrard

KANEZA Lydia, Lauréate MILEAD 2012 : Interview avec Mucowintore Boris-Evrard

Interview intégrale (en Kirundi) de Lydia KANEZA, Lauréate 2012 du Prix MILEAD Moremi Initiative Leadership and Empowerment Development avec Mucowintore Boris-Evrard :

Lydia KANEZA, Lauréate 2012 du Prix MILEAD (www.akeza.net)

Lydia KANEZA, Lauréate 2012 du Prix MILEAD (www.akeza.net)

Mucowintore Boris-Evrard
waduteye Iteka cane mon amie
Kaneza Lydia
mwarakoze vraiment
Boris/
… mais turakeneye kumenya ico wakoze excactement ndazi igituma bagutoye nyene
Kaneza/
kugira bantore ntivyari vyoroshe sha
baraba ivyo wakoze muri community
iyo uba
Boris/
oooh ok none wagize iki nyene muri community
yaho uba ni dans quel ville excactement mbega
Kaneza/
mba capetown
and
since nkiri muri high school nari involved in charity work
muma hospital or orphanages home
Boris/
Nigiki qui te pousse kugira ube engage muri community
Kaneza/

ahahahaha
no its ok
and vraiment nikubera nzi ahonavuye
as my grand pa used to tell me your past can not determined ur future , nakuriye ibujumbura and narabona ubuzima bubi abana baribabaye mwo
and i always always had a dream that one day i may be able to change that
Boris/
tu compte faire d autres trucs
AU Bdi canke aho nyene uba
hama bazoguha koi comme prix
Kaneza/
at the moment obviously because of my studies i will be doing it in cape town but in future i will definatly be working in my home town
burundi
and ntamahera nzowiininga
but all i wanted wa to give burundi a face of hope, courage and opportunity.
Boris/
hama urafise abantu urabirako akarorero , des gens nyene k t inspire
Kaneza/
i would have to say my mom and my grand dad aba munyakabiga yahora kura muri sos bujumbura , kuva kera yama afasha abantu and my mom yakoze muma ONG menshi cane yafasha impuvyi and i guest that is where i got my passion from
Boris/
Maggy ou Jeanne Gapiya canke Mme Christine Ntahe woba ubazi
Kaneza/
izina rya maman ni maggy and if i see they face wosanga ndabazi
kubera
Boris/
koz nibo bantu dufise bakora ibikora inka mugufasha abana biphumvyi O Bdi
hama ndazi hari klk choz wohanura abandi ba Jeunes pour les encourge
Kaneza/
nobabwira
it is up to us to change our country
we have the potential into our hands
Boris/
ca c vrai , None murakoze Mukunzi mugire ibihe vyiza,ndishimye kukuvugisha j esper k on reste en contact wangu
Kaneza/

najewe sha
et merciii bcpp again ncuti
was a pleasure chatting to you.

Intrevieuw twagiranye na Kaneza Lydia , aho azoronka agashimwe kuko yitanze muri Communaute yiwe aho asanzwe aba Cap Town akazoja kugatora muri Ghana.

Lydia KANEZA, Lauréate 2012 du Prix MILEAD (www.akeza.net)

Lydia KANEZA, Lauréate 2012 du Prix MILEAD (www.akeza.net)

Comments

comments




7 thoughts on “KANEZA Lydia, Lauréate MILEAD 2012 : Interview avec Mucowintore Boris-Evrard

  1. haha

    lol interview mukirundi!!! ndazi kwikirundi gikenye amajambo muga interview mukirundi nkico ikwiye guhanwa namategeko lol

  2. landry

    Barundi barundikazi, turakeje uwo mwigeme yaraye aduteye iteka. Hanyuma ururimi rw’ikirundi rugeze ahatemba n’ukuri.
    İkirundi kukivuga nabi birashika mugabo kukibona canditse nabi ho bica biyangara. twisubireko. Ni tugire amahoro Barundi….

  3. Keza Mireille

    Ndabashigikiye Landry na Haha, ico si ikirundi na gato. Turazi twese ko kuvuga ikirundi kidavanze bigoye, muga naho kucandika mwokwigora mwebwe bamenyesha makuru mugafata umwanya mukandika i kirundi.
    Canke bidakunda mugahindura ijambo ry’umutwe,,,,ntimuvuge ngo ni interview mu kirundi, muyite nka: interview mu ndimi zivugwa mu Burundi.

  4. kanye

    Ivyo uwo mwigme yakoze turabishima .Mugabo abanditse ico kiganiro bari kugerageza kumufatirako akarorero .sinzi ko bashatse kutwereka ko ikirundi gisigaye kiri « cool « mugabo ntivyari bikenewe.abashoboye gutahura amajambo yose muri uwo mubonano nibaza ko ari bake .Mwikebure nayahandi muzosanga atawukibasoma.

  5. lyse

    Uragaho gutyo chère Lydia, uzonezerwa n’ukubona nk’umwana umwe muri abo wafashije ageze aho yishoboye, ton coeur sera rempli de joie de voir le résultat de tes oeuvres, Que le Seigneur continue à t’utiliser à soulager les malheurs de ces enfants. Imana iguhezagire

Laisser un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée.