Incendie au marché central de Bujumbura : les photos à 14h

Incendie au marché central de Bujumbura : les photos à 14h
Incendie au marché Central de Bujumbura : les photos à 14h (www.akeza.net)

Incendie au marché Central de Bujumbura : les photos à 14h (www.akeza.net)

Incendie au marché Central de Bujumbura : les photos à 14h (www.akeza.net)

Incendie au marché Central de Bujumbura : les photos à 14h (www.akeza.net)

Incendie au marché Central de Bujumbura : les photos à 14h (www.akeza.net)

Incendie au marché Central de Bujumbura : les photos à 14h (www.akeza.net)

Incendie au marché Central de Bujumbura : les photos à 14h (www.akeza.net)

Incendie au marché Central de Bujumbura : les photos à 14h (www.akeza.net)

Incendie au marché Central de Bujumbura : les photos à 14h (www.akeza.net)

Incendie au marché Central de Bujumbura : les photos à 14h (www.akeza.net)

Incendie au marché Central de Bujumbura : les photos à 14h (www.akeza.net)

Incendie au marché Central de Bujumbura : les photos à 14h (www.akeza.net)

Comments

comments




51 thoughts on “Incendie au marché central de Bujumbura : les photos à 14h

  1. adius

    bira babaje kubone ingene abantu bose bahonyve!!
    pas seulement les etranger nous meme d’abord la ce notre belle marche qui est en centre! mais on va se relever

  2. Ern

    Birababaje cane. Ryari risakaye gusa. Abashinzwe habitat au Burundi barakwiye kuhakura inyigisho: turakeneye ama normes atuma ama degats ashobora kuba limite au minimum.

  3. Didi

    Ama normes arahari. Kuyakurikiza nivyo bidakunda mu Burundi. Batangura ba tolera kamwe kamwe, hama ibiturire bikaza bituma barekura vyose. None raba namwe iryo bara!!!

  4. NKURUNZIZA

    C’est catasrophique, les conséquences sociales et économiques sont énormes pour les familles et le pays. Une assistance urgente (psychologique et économique) et une protection sociale (assurance des risques) sont impératives.

  5. P A-B

    C’est vraiment horrible.
    Nimwihangane abadandaza mwese mwabuze muri ryo soko.
    Ikibabaje sikindi nuko igihugu gisubiye inyuma mw’iterambere.
    Inzara igiye gupfukama mu nda z’abarundi bari batunzwe n’akajana bakura mur’iryo soko. Gouvernement yo igiye kurigata urume.

  6. KUBWIMANA Désiré

    Mes chers amis Burundais, ce que viens de subir les commerçants du Marché centrale en particulier et les Burundais en général est grave. Une demande d’aide urgente est impérative.

  7. Muhimpundu

    Barundi,barundikazi,va hasi dusenegere igihugu cacu kuko kirahuye n’amakuba adasanzwe!!ese les burundais bagiye kubaho gute?9h ibiciro vy’ibintu vyari vyamaze kuba double!!none abantu bagiye gutungwa n’iki?

  8. Sinarinzi Dennis

    Birateye isoni ko abapolisi canke abasoda batashobora kuzimywa umucanwa! Ngo haje indege ivuye i Rwanda isanga isoko yaheze! Amahera yirirwa aribwa n’abatwara barikuba bafise « les moyens » d’eteindre ce feu!!!! Baguma basaba ama « aides » baca bubaka amagorofa none raba itunga ry’abanyagihugu bidandariza ribaye umunyota!! Mort a la corruption!!!

  9. juste

    C’est vraiment horrible!ikibabaje nuko nakari gasigaye gafashije umurundi karaho burya tubiravye neza!kuko ds l admnistration ho mbona itunga riri muri bamwe!twitege inzara iteyubwoba!Prions le Bon Dieu!

  10. Dupent

    C’est vraiment horrible ce qui vient de ce passer à Bujumbura ! Je ne comprend pas pourquoi les pompiers ne sont pas venue assez vite , sa aurait réduit les dégâts de cette incendie En tous cas, je souhaite bonne chance à tous les burundais(e) qui sont touché à cette crise.

  11. Rwigema

    Le Burundi vient de faire un recul économique de 20 ans!Oh,Seigneur,sauve ton peuple!

  12. Kelly

    Ntacumuntu afise yovuga ahubwo gusa Imana yo izi ibikwiye nigire icifashije igihugu cuburundi nabarundi.

  13. NIBUMBA Ferdinand

    UBURUNDI ni igihugu IMANA Ikunda.Kuba twogira ingorane nkizi birateye agahinda.Twaciye mubibazo vyinshi vyari bihanze igihugu cacu twabonye ukuboko kw’IMANA.Iyadutabaye ubwambere ntiyobura kudutabara nubu.Dukundane twubake igihugu Iyaturemye iratubona Amen

  14. NYABENDA Rénovat

    Isanganya ryashitse ntakundi,igikomeye ni ukurirwaniriza hamwe dufatanye mu nda kandi tukahakura icigwa c’ugukinga impanuka zitarashika.Tureke rero kuza turifuka bukeye.

  15. Anonyme

    Un incendie criminel sans aucune hésitation

    Quelques pistes mènent vers un incendie criminel. Quelques commerçants avisés avaient déjà retiré leurs marchandises du marché de Bujumbura depuis jeudi vendredi comme s’ils s’attendaient à une action certaine sur le marché. Les enquêtes devraient bien vérifier cette piste.

    La Sogemac chargée de la gestion du marché de Bujumbura, dont les bureaux se trouvaient au marché central de Bujumbura, avait un manquant dans les caisses et comptes bancaires de 2,5 milliards de francs bu. Certaines sources bien informées disent que l’ancien maire Giswaswa était inquiété par la justice en raison de ce détournement de 2, 5 milliards. Est-ce un incendie pour effacer les traces d’autant plus que tous les documents de cette société ont brûlé dans l’incendie? Est-ce une piste qui peut se révéler crédible? Aux enquêteurs de bien travailler sans pression. Si l’argent a été détourné pour et par le système au pouvoir, les enquêtes n’aboutiront jamais.

    Une autre piste à ne pas négliger est celle des gens qui commençaient à parler d’un incendie du marché central de Bujumbura dès vendredi. Est-ce que l’incendie était programmé pour vendredi et reporté à ce dimanche? Fallait faire coïncider le jour de l’incendie du marché et le départ du Président Nkurunziza au sommet de l’Union africaine? Les Burundais n’ont pas la mémoire courte. Les massacres de Gatumba ont été commis la veille du départ du Président Nkurunziza à l’Assemblée générale des Nations unies. Ces massacres se sont révélé être un pure montage des services de renseignement du pouvoir.

    Au Togo, au cours de cette semaine même, le marché central a été ravagé par un incendie. Le pouvoir a fait un montage et le lendemain, l’opposition était accusée d’avoir commis le forfait. Espérons que le pouvoir ne fasse pas comme le Togo en accusant l’opposition.

  16. Anonyme

    Pour un marche qui n’avait meme pas 20 ans d’existence, il serait absurde de penser a enqueter sur les seules causes immediates de l’encendie sans chercher a en savoir plus sur les eventuels defauts structurels depuis sa conception a sa construction. En effet, seul un fou saurait convaicre l’opinion qu’une structure qui abrite des sommes colossales puisse bruler comme si elle etait construite en paille. Tout comme la route Makebuko-Ruyigi construite pour durer moins de 10 ans, on trouve multiples autres realisations au meme type que le marche central de Bujumbura erigees durant le regime Buyoya qui ont souffert d’un degre abusif de corruption et dont les consequences ne font que voir le jour aujourd’hui. Donc s’il faut savoir la verite et rompre avec la culture d’impunite, je propose que les enquetes remontent aux periodes les plus lointaines qui soient afin de non seulement demasquer ces voleurs, mais aussi et surtout pour en decoudre avec cette culture pourrie qu’est l’impunite dont jouissent depuis des decenies certains Burundais.

  17. ANONYME

    BARUNDI BENE WACU,TUREKE GUTANAKO IMYIKOMO.URUPFU N’IMPFANE BIRAJANA.TURINDIRE IBIZOVA MURI ENQUETE,NAHO NYENE IZO MU BURUNDI ZITIGERA NARIMWE ZISHIKA KU NYISHU Z’IBIBAZO.REKA TURINDIRE IYO BIZOSHIKA.BOREKA KUDENDEREZA ABANTU GUSA.TUBANDANYE DUSENGA KUGIRANGO UKURI KUGARAGARE.MURAKOZE

  18. Ngabonziza

    none ko twahora tubona kizimya mwoto ihagarara kwisoko yariyaroye he?
    abari babijejwe nibasabe ikigongwe abarundi n’imana

  19. Ngabonziza

    je felicite premièrement notre cher president kubona yahevye ibikorwa yarimwo pour venir soutenir les sinistrés,ainsi que les opposants qui n’en ont pas fait une récupération politique.il faut en profiter pour construire un marché moderne.

  20. manirakiza

    Nukuri ibibintu birateye agahinda cane uravye n’ukuntu twari tubayeho m’ubuzima butoroshe kubamwo ubu hoho karabaye amakungu atavuye hasi afashe atugarukireka atagikozwe abarundi baragira ingorane y’inzara n’ubukene .kandi twomenya ko tubuze twese ko atawoca yikika mu kiza nkabaciye babonegwaho mukugira uruhara mu busuma biba ivyabandi!!!!!!!!!!

  21. Clovis

    Birabaje kuba u Rwanda arirwo rwohereje indege yo kuzimya isoko ni gute igihugu nk u Burundi kitagira ibikoresho by ubutabazi bihagije! Kandi iyo ubaze amafaranga y infashanyo uBurundi bwahawe nyuma y intambara bwakwiye kuba bumeze nk u Rwanda!

  22. Kanyange

    Burya umuntu yemera Imana ntaco yobona? Rusizi yagize ishavu ry’ibiziga vyama biyirerembako. Mbega abasoma Bible ntaco barasoma à propos y’ivyabaye kera cane? Ibihugu vyirayemwo ubisambanyi, ubusuma, ubwicanyi, Imana yarabikebuye (Sodome & Gomorrhe). Twikebuke, dusenge.
    Abarundi twabuze, ariko twigulye, n’inyuma ya zero Irakora.

  23. RUGOHE

    Vraiment ntivyumvikana ariko birashika.umuhinga yosenga nico gikuru.imana niyo iwobikora.DIEU serait il mecontent?

  24. Manirambona

    twoshima cane ubutwari abajejwe gucungera umutekano berekanye, baritanze batiziganya, vyanse bakoze. icirwa n’uko abajejwe amasoko batogira inda ndende mugutanga ibibanza vyagenewe gucamwo kizimyamwoto abubaka ama kiosques. ikindi vyari bigoye kuzimya isoko risukaye kurya yaba ryari risukaye ibice vyinshi (les blocs) vyari koroha gukingira ibice bimwe bimwe.

    Nosaba ko mugusubira kuryubaka hoba ivyirwa bikwiye ikubakwa kuburyo vyoroha gukinga impanuka, hakajaho n’ivyangombwa bishoboka vyo gukinga impanuka.
    Harakwiye kujaho umurwi wokwiga neza ingene amasoko yose yo muburundi yokingirwa bikwiye no gutandukanya ibidandazwa vyokwiharizwa isoko.

    Ndakengurukiye abitanze bose batiziganya, ariko ingene umukuru wa OLUCOM RUFYIRI yitwaye ntibijanye n’akaranga k’abarundi ko kubaha inzego z’igihugu kuko wumvirije ivyo yavuga wamengo igihugu yacihaye atacamira.
    nivyiza kuvuga ariko umwe wese afise aho ageza. sivyiza kandi gucanishamwo abanyagihugu n’ababarongoye witwaje ingorane zashitse.
    TWESE TWARAYE TUBUZE!

  25. umurundikazi

    Imana rugira vyose nibandanye itugumizeko ijisho kuko ibihe turimwo birateye agahinda.kubona isoko zikwirikiranya zisha ingizi mu kamenge igitega ntihagire igkorwa les misirables commerçant bakarira atemba aja munda vyerekana le niveau y’ubuntu igihugu gifise .Nayo hamwe yoba yaturiwe nabanka ko ivyo bivye biboneke ndabasabiye ku Mana mushobora vyose ibasubirize mundumane baronke impera bakwiranye.
    Mana kora nk’Imana .

  26. Umurundikazi

    Ndahojeje abantu bose babuze ababo n’ivyabo muri iryo sanganya.Imana ibandanye ibaha ukwihangana kuko ntivyoroshe turavye ubuzima bw’igihugu cacu muri kino gihe. Ndasaba abajejwe amatohoza bige neza badahengamye ico uwo muriro wavuyeko.Que Dieu accompagne chaque famille en détresse.

  27. Anonyme

    Mwaray mubonye ko dutunzwe n’Imana! Isoko igafatwa kumurango ikaka abantu barorera ewee sécurité y’uburundi waraye wisuzuguje!

  28. nzirubusa

    Ndahojeje umurundi wese k’uvyadushikiye kw’isoko i Buja.
    Muri make, kubwanje nihweje ingene isoko zo ngaha i Burundi ziguma zisha kuva intwaro ya Nkurunziza muri 2005, ndetse n’iyi mendant ya kabiri zikaguma zisha, nasaba ko abitwa ko bajejwe protection civile hamwe n’umushikiranganji ajejwe amasoko bokwisuzuma bagatanga imihoho tutarinze kubibasaba twe twabatoye.
    Atari uko Nyenicubahiro mukuru w’igihugu ababogoze n’ingonga.
    Ubundi jewe mbaye ndamenyesha abaCNDD-FDD ko ijwi ryanje ryo muri 2015 ndarisokoye. Abenga nibenge jewe ndenguye. Ntaco twatoye twarihenze cane. Nkako ntaciza kiva mw’ishamba.

  29. nzirubusa

    Ya ntara ya Nduwimana nayo ngo igihuhusi kirayirembeje? Ese Nduwimana wokwihutira kugarukira ku baNyakayanza nkakurya wihutira gusambura imigambwe itavuga rumwe uduteza isoni twebwe abarundi twari twitoreye Nkurunziza. Ega uwo Nduwimana mvuga muramuzi? Ni Umushikiranganji ajejwe intwaro yo hagati mu gihugu.

  30. Nsabumuremyi

    Kuva kera na bible irabivuga, intwaro mbi yama ibamwo amahano. Raba ivyabaye sur le marche centrale, kumurango hahora hatembera kizimya mwoto indani mwisoko, urya muns kwitinjiye!mbega izo berekany kuri 50è zirihe?ikindi kintu bocunga gisu,b iry soko nigiki?,bega kzinduru yavuz hagahera 30min zitaraza zarihe?harizaje zitagira amazi, abazikoresha nt bimwe bikinga baje bambaye, hari umutegetsi yasiguye ko bataronse akanya ko kuvyambara.none bari barindiye ko umuriro uzoteguza kugira bambare? Ariko rero! abarundi barumva, barabona inkinamico ziramenyewe. Ivyo vyoooose ntakinyegera Imana twiteze une action transparence aya marira yacu irayabona

  31. Ndarambiwe

    -Erega kuva na kera hari umugore yaza murugo, inka zigahona, barimye ntibimbure, abavyeyi ntibakuze: uwo bavuga ko yaje nabi nkisema agaheza akirukanwa. None natwe ngira ntihabuze ibisa nivyo?????? Abumva nibumve
    -Mugihe hari ubusuma nkaburya, ubwicanyi nkaburya, ubusambanyi nkaburya, rimwe narimwe bigakorwa nabatobikoze! Imana ntishobora kubireka uku igitera amarira y’abarundi irakibona kandi izokigaragaza

  32. iraharira

    nukuri birateye agahinda kubona isoko nkuru y’igihugu isha.la prochaine fois faut éviter les stocks à l’interieur du maarché

  33. Ndikuriyo phanuel

    Nukuri umubabaro urarenze mugihugu.ivyago twama ducamwo vyarenze inkombe mwibuke kuva kuri Mwezi Gisabo k’Uburundi bwamye buhura n’ivyago vyinshi (Inzara,ubukene,intambara,uruzuba…)none isoko ariyo kigega c’igihugu ngiyo irahiye.Kuvyukuri icoba ciza abarundi twotora umwanya tukisonzesha bishobotse tukambara n’amagunira nkuko muri Ninewe babikoze.Muburundi nka twese turabasenzi.none tureke igihugu kigume kigira ivyago nkibi?Umukuru w’igihugu arakoresha ibikorane?none uyo munsi wogorana gushingwa?

  34. Phocas NSHIMIRIMANA

    C’est grave pour le pays comme Burundi. Ariko ni ukwihangana ntako biri bugende twese twarahomvye gushika ku munyagihugu wo kugatumba! Cari ikigega c’igihugu!

  35. MANARIYO FREDDY

    VRAIMENT C CATASTROPHIQUE DANS UN PAYS COMME CELUI LA SOI-DISANT INDEPENDANT QUI N ONT PAS LES MOYENS POUR PROTEGER LES BIENS PUBLICS.IBARA RYARAGUYE NTAWOHARIRA ARIKO KIMWE GUSA NIMBA DUSENGA VYUKURI ATA BURYARYA BURIMWO SIMBONA KO KIRYA COBA ARI IGIHANO KU BURUNDI ARIKO NDAVUZE KANDI NIMBA IVYO TUGIRA VYOSE ARI UBURYARYA IMISOZI NA TANGANYIKA IZOTWUZURIRAKO HABE GLISSEMENT DES TERRES VERS LE LAC NI UKO NYENE VYIZA TWOHINDUKA UBURUNDI BWACU TUREKE KUBUHUMIRA IMANA IRACADUKUNDA NTIDUTIKIZE NKA SODOM ET GHOMORE

  36. nzirubusa

    yaaaaa yyaaaaaaaaaaaaaaaaaa yaah!, ya leta nayo irasubiye guhinduka? mbega hari iciza twoba tugiye kubona mumuzo w’iyi nshasha? jewe narambiwe nihindagurwa ry’abashikiranganji rya buri mwaka. niba demokarasi ari gutora umukuru w’igihugu nkamushira k’ubutegetsi n’ijwi ryanje ntashobora kumubwira nti ivyo uriko urakora birandengeye, si ivyo nagutumye? iyo mokarasi twoyireka ntaco itumariye! tubwirizwa kugira aho tuvugira gushika aho dushobora no kwanka ingingo zafashwe zitaduhumuriza. Mbega abo bahinduwe? ko abitwa ko aribo bakora amakosa atabahindura?????? J.Jacques NYENIMIGABO, Concilie NIBIGIRA, Julien NIMUBONA….. Abo ubahoye iki ga Nyenicubahiro? ko bakatamanikirwa mugusambura imigambwe, mukwanjanjwa muvyo bajejwe, n’amasoko akama yadushanye, utabakuye? niba ari ugukubura leta yawe, kubura cane haraho mutarashika. Ariko mwisezeranya, kuko 2015 nugucagura( mumatora) uwushobora kutuzimiriza amasoko canke ubundi butunzi bwacu iyo buhiye. Ni vyinshi vyabananiye gutorera inyishu zihumuriza, canke guhagarika. Hacureha amarira atewe n’ubwicanyi, hakaduka ayatewe n’umuriro? Mbega mbega Mbega……………….

  37. MICHEL

    Twizereko ivyashikiye isoko ari isanganya, canke vyoba vyaragizwe n’abantu badakomeye mumutwe sinon ntaho twoba turiko turaja hamwe vyoba vyagizwe na bamwe mubategetsi koko.

    Imana nigumize ijisho kugihugu cacu!

  38. nagahinda

    nukuri nagahinda!! Twahora turi mubihugu vyambere bikenye, ubu naho!!! None abakoze ako kabi kamaramaje barashobora gusinzira bazi igitigiri ca barundi bashize mubukene budasanzwe! Mbega niyobabura ivyo biba canke baturira, bazohava baturira canke bibe ingo zabo! None leta imaze guturira amasoko arenga indwi, biyumvira ko umurundi atabibona! Ivyabaye mu barabu bishobora gushika mu Burundi kuko abanyagihugu barababaye caaane. Abodukijije nibo batwishe!!

  39. NAHAYO Philippe

    Abarundi boreka gutatatanako amakosa ariko bakamenya yuko ivyabaye vyababaje bose kandi twahomvye twese.Kimwe gusa dukwiye gutorera umuti hamwe.

  40. umukozi w'IMana

    Bitebe bitebuke Umwami Yesu azagaragaza abamwambaza mu buryarya.peter,Adolphe,……..bitwa ngo n’abakizwa,bareke gutukisha izina rya Yesu kuko we ntakina.ivyo bakora mu mpisho azobigaragaza ayo manyama ahere nka Lucefer

Laisser un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée.