IBINTU VY’INDIMI HARUKUNTU BIGORANA….

IBINTU VY’INDIMI HARUKUNTU BIGORANA….
Twenga Style....

Twenga Style (www.akeza.net)

Aba types babiri barahaririye umwe ndazi french uwundi ati wanguha!!hama uno mu francophone ati mbaza ico ushatse uwundi nawe ati ndasoma bible en francais nawe uvuge ico nasomye en kirundi ati sawa!!….
aca aratangura arasoma ati:
Quand Jesus etait seul dans le desert il avait dis que:celui qui a la foi marchera sur les eaux de la mer!!!!
wawundi nawe aratangura ati:
igihe yezu yari umunyu mu bugararwa yarafise imirizo cumi uwufise igitigu azogendagenda ku magufa ya nyina
 yarongeyeko ati:
Si vous continuez a pêcher vous ne serez pas bénit….
 wawundi naw ati:
 Ni mwabandanya kuroba ntimuzoronka ibitumbura!!!!!
 =====================================================================
hahahaha Pepe jewe yatevye kunyishura umunsi umw nagiye numva abgira ati urazi ga Ray ww na ton cousin Safari ndaba feconda cane (feconder) aho rero yashaka kuvuga ko adu confonda (confondre)…. 
=====================================================================
Umwana wabakobwa yikundanire numuzungu sasa namw murabizi ko rimw na rimw ikizungu kizungurira wa muzungu afone ya nkumi ati 
-Allo cherie ca va tu va bien?
-Oui ca va cheri et toi c’est comment
-ca va mais je vous entend mal est ce que toi tu m’entend tres bien?
-oui cheri je vous attend tres bien sans faute… 
=====================================================================
Ikizungu kirazungurira naho bamwe bamwe bashiramwo forcing ngo nibwo bu towneri….munyumvire namw:
.Cherie salut ca va je viens juste du boulot comment tu va?
  cherie tu es ou? Tu dors?
. Nooon…cheri je suis yeuux …
=====================================================================
Umunsi umwe mu nama ya EAC umu commerçant yaragiyeyo urabona ko abize ari bake asha ngo agiye munama ya commerce aho rero yarashaka kuvuga namwe muca mubibona reka kumugora siwe hanyuma batangure guserva bashikiriye umuganda muga batangura amazi hama ukaca usaba ikindi kinyobwa ushaka asha wamuganda sukuryoherwa nimiziki ya ouverture wamu serveur aba aramushikiriye amuhaye amazi umuganda aca yivugira ngo IT’S FANTASTIC umurundi bari begeranye nuwo muganda ati ako koko ntikoncika ngo mbure ico nsaba aca abacomorera akantu ati ME IT’S COCASTIC  no water……
Par Raymond Duk  « Twenga Style »

Comments

comments




Laisser un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée.