Hot news :Fariouz cartonne dans son concert à Montréal !

Hot news :Fariouz cartonne dans son concert à Montréal !

Fariouz BIG sur scène à Montréal (www.akeza.net)

Fariouz BIG sur scène à Montréal (www.akeza.net)

Fariouz Big vient d’offrir un mémorable concert à la communauté burundaise de Montréal et des environs. Avec l’outil facebook, les informations vont très vite . D’une personne qui sort du concert, Akeza.net vient de recevoir presque toutes les informations qu’il faut pour parler de ce concert .

Plusieurs personnes ont répondu à l’invitation du concert . Le public avoisinait les cent cinquante personnes selon Boris Evrard , notre source. Toujours selon Evrard , cent cinquante personnes est un nombre qu’aucun autre artiste burundais n’a jamais atteint en concert à Montréal en weekend . Evrard explique que ceux qui ont des enfants travaillent surtout le weekend . Autre fait enrichissant , c’est que le concert de Fariouz BIG avait réuni des pères de familles, des mères de familles, de jeunes gens et même des enfants. La particularité de de concert aura également de réunir deux communautés qui ne se rencontre presque jamais dans le même évènement : les burundais qui ont émigré au Canada à partir de la Tanzanie(anciens réfugies burundais en Tanzanie) et les autres.

Fidèle à la tradition de chronique  retard des concerts burundais , le concert initialement

Fariouz BIG sur scène à Montréal (www.akeza.net)

Fariouz BIG sur scène à Montréal (www.akeza.net)

prévu pour 20h n’aura commencé qu’à minuit . Ceux qui avaient du travail pour 23h ou minuit sont donc partis sans le voir , tout comme ceux qui avaient des enfant qui doivent dormir tôt. En revanche , ceux qui rentraient du boulot à minuit sont juste arrivé à temps pour le concert qui a duré jusqu’à 2h du matin. Ce qui donc  dessert les uns a servis les autres.

Fariouz Big a pris du temps pour communiquer avec son public . C’était un homme heureux, qui riaient de bon coeur avec le public .Il a exigé du public d’observer une minute de silence pour les affligeantes morts de Gatumba et ailleurs au Burundi .

Ceux qui étaient là semblent s’être bien amusés. Comme le dit Evrard , un concert comme celui-ci  est surtout une occasion de retrouver de vieux amis qui habitent d’autres villes ou qu’on avait tout simplement perdu de vue . A l’heure où cet article se rédige, la fête continue dans un after-party.Il y en a qui font la fête et qui voyagent ou qui ont du service le matin, mais on dirait qu’ils s’en foutent.  Et Boris de conclure ,  »les burundais adorent la fête . Quelqu’un a dit , la fête a commencé au ciel, avec Dieu et les anges. Quelqu’un a pensé que les anges étaient burundais  ».

Landry MUGISHA

 

Comments

comments




42 thoughts on “Hot news :Fariouz cartonne dans son concert à Montréal !

  1. Charles (Journal montreal)

    Landry ,jewe nari ndahari kuva concert itangura gushika ihere ,abantu bari bahari bari 80 personnes ,kandi bababajwe nukuntu FARIAS yagize ama PLAY BACK Ico kintu rero arakwiye kugikosora.
    Uvuze ko abaye umu musicien wambere W’umurundi aronse abantu benshi ,ico n’ikinyoma cambaye zero kuko Ngabo Léonce yarigeze kuronka 1500 Burundais et RWANDAIS ,TUNGA ARON we sinvuze na KADJANIN yaronse plus de 2000 urunva mushingantahe LANDRY utanga amakuru ,wobanza ugatohoza neza inkuru imere yuko uyandika kuko ngaha CANADA ntituri injiji kandi iyo uri gutanga amakuru y’ikinyoma caho duherereye bica bitwereka ko nayo makuru yandi uduha ava i uburundi adutera amakenga!!!!!!

  2. Alphonsine

    Le Mini-Concert a commencé beaucoup trop tard, il n y avait pas des gens jusqu’à 23h00 et je suis parti pour dododo les burundais n’ont pas répondu à l’invitation ,a savoir que nous sommes plus de 3000 Burundais À Montreal

  3. Raissa

    aucun autre artiste burundais n’a jamais atteint en concert à Montréal en weekend ha ha haaaaa,quel mensonge !!!!!! et CHRISTOPHE MATATA !!!!!!!!!!

  4. harubuntu

    kure ishari bagabo,gende mugire concert ziwanyu namwe turabe,ariko umusazi asarana ijambo kuko chrisophe matata yarigeze kudukoranya turi ibihumbi nibihumbi

  5. Marcelle

    Sincèrement je suis allée voir Big 3fois depuis Toronto jusqu’à Montréal et se mec une bête de scène, il aime ça et il aime son public et il le fait ressentir. je vous le conseil vivement car c un bon rayon de soleil !!! mais ses Play Back …….C DÉCEVANT !!!

  6. Niyukuri

    Oya nawe wamunyamakuru,iyi ntibayita inkuru bavyita ibihuha ,none uyo muntu yaje kuririmbira communauté Burundaise kandi twebwe indongozi za communauté tutamuzi ninde?? uti niwe abaye uwambere akoranije abantu benshi,????????AFRICA NOVA nawe akaca aba uwakangahe ko nawe yakoranije abarundi amajana namajanagiza .Urasubira utohoze inkuru neza si non uko nukwitesha agaciro !!!

  7. bigirimana

    ahubwo yaronse benshi MATATA albaton johannesbur na 30 ntibashitse nibaza kwarakagara kari mubarundi hanze twihanure dukunde abacu nivyacu p6

  8. rugata

    Mbaye nkuwo wundi ,iyo foto ntiyerekana ko hari abntu ari ahari ,ni flou flou flou ……..

  9. zpknho

    ari kuki abarundi tutazopfa duteye imbere nimba aruko mu protetsta abaririmvyi biwanyu aho kuba shigikira aho yakoze nabi mukamubwira munyuma akahindura,…

  10. Kcy 4 life

    Fizzo n’a rien fais de mal s’il n’a eu que 80 spectateurs, je pense qu’il devait prendre son temps afin de bien organiser son concert. il doit se trouver un manager. mais je pense que ce journaliste a recuelli ces infos a partir des gents qui etes present. but he got no idea how big are some bdian artist like kjeanine, i think he didnt do his research right or he is not well informed.

  11. ANNIE

    Umuziki Big Fizzo arawushoboye mais organisation,communication ari Nul ,reka tubivuge niho azotera imbere !!!!!

  12. Mani

    Abarundi biragoye kuzoteza imbere uwabo… Kubona igihangange c’umuririmvyi nka Big Fizzo aronka des critiques negatives nk’izo… Abarundi nkabo me decoivent kabisa… Nagira ndabamenyeshe ko abantu baje muri iyo show barenga 350 personnes na ambiance yari iteye ubwoba. Il a tres bien anime le spectacle, abantu nabo bari bamurindiye n’igishika cinshi… Nayo retard ivugwa, nibaza ko ababivuga batazi uko ivya ama concerts bimeze… Gutangura 23h nibaza ko ari amasaha meza kuri concert yashikana 3h du matin. Nta nahamwe hari handitse kuri publicite ko concert izotangura a 20h… Hari handitse yuko imiryango ya salle izokugururwa kare. Dutandukanye rero amasaha yo gutangurirako show na masaha yo kwugurura salle. Mbega ko havuzwe ko 20h abantu bamurindiriye ahandi ngo 23h nta muntu yari ahari nkaho ntumwumva ikinyoma ari cinshi. Nibaza ko vyoba vyiza abantu bagiye baritondera ivyo bandika kuri net. Nka hamwe tworonka aba artistes nka batatu mu Burundi nka Big Fizzo nibaza ko twoca duter’imbere kurusha ku bintu vy’umuziki… Nibaza ko abantu bariko bagira aya ma commentaires ari abantu bashobora kuba bafitaniye ingorane personels na Fizzo, vyerekana ko harimwo n’ishari ryinshi. Vive Big Fariaz… Ter’imbere nayo abo ba ingrants ubihoze kuko kuririmba, ijwi, presentation, interaction avec le spectacle… Nta na kimwe udafise… Goodluck!!!

  13. RusaZi

    Sha namwe murarengeje urugero nukuri,nashaka ndabamenyeshe ko muri salle hari abantu arenga amajana umunani 800 personnes ,abazungu 200 hamwe nabirabura 600,abarundi gerageze muze murateza umuziki wanyu imbere mureke kuvuga nabi igihangange mumiziki bigi fizzo
    yararirinvye neza ,yarasarishije

  14. kabirya

    HA HA AAAAAAAA,IYO APPAREIL PHOTO NIYUMUNTU ARI MURI CANADA????? isumbwa nizaha iwacu tugura muvyuma mu RUVUMERA HA HA HAAAA

  15. fejs

    as long abashoboye kuhashika bararyohewe,,, tuzotera imbere gute tutagiye turafata kumugongo,, same thing happen in cape town igihe Jampara yari afise concert abarundi baribahari yari nka 20 abandi bose yari abazungu gusa ariko nticabujije ko tugatamba,,, so FIZZO keep on doing ya things one day is one day

  16. nahi

    mmmmmmm no comment. umuririnvyi agize play back je nibaza ko atari kosa ryiwe. iko niry’umu promoteur. kuko iyo umuntu atagize play back aba promoteur bibatwara mhera menshi kubera: umuririmvyi aca abasaba amahera menshi, ama instrument asaba amahera, abavua nabo nyene basaba amahera…. … so Fizzo nimumuhe amahoro. ahubwo murondere les organisateurs…. Abarundi turazi ko mudakunda kwitaba ibiteramo vyabaririnvyi banyu… so nimureke kumu condamna rero. naho atari kugira play-back ntimwari gushima… nimumureke yibereho. Landry nawe yababwiye aho inkuru yayikuye….. so ntamakosa afise peut etre ko yarikubaza abantu benshi bari different hama agaca yandika aravye ama commentaires yabantu bose. Big up Fizzoo…….

  17. tommy

    akari mu mpene niko kari no mu ntama narinzi ko abarundi babasangwa nibo ari aba negativiste none ndabona ko kadahera kuko iyo umuntu ahinduye milieu ahindura na mentalité ndajorewe kubona ama comentaire mabi mabi haguha intege abaririmvyi mubaca intege ndababaye je suis decu je nari mu giteramo navuye colombie arico kinjanye ariko ndababaye kandi cane !!!!!!!!!!!

  18. Irambona

    URAKOZE CANE MANI!!!uvuze ico jw nashaka kuvuga…iyaba abarundi bose bameze nkawe twoteye imbere…ni twishimire ivyo kbra nta nyange itabura agahonzi…biranryoheye kwunva umuntu avuga ikirundi avuga gutyo…KOMERA!!!

  19. rukamba

    Mbe nikuki abarundi batinya umuntu abawiza ukuri ,aba ba fizzo bari abaririnvyi bahamaye mais bishwe naantu bataabwiza ukuri ,nkivyo bintu vya Play Back birashaje !!!! nari kuraba ama video kuri youtube nsanga na concert face to face Fizzo yakoze ibujumura be na LOLILO yose yario Play Back urunva rero niko kamenyere ka Fizzo ,nimba bitumwa nuko abamuha ibiraka atamahera baba bafise ,Fizzo nahindure ingendo aze aritaba ubutumire bumuhesha agaciro si non aragiye ndake!!!!no kuri scene hano Toronto yari yambaye nabi et pourtant nabonye kuri scene I BUJUMURA yari yamaye Costume nziza!!!!!

  20. rukamba

    Mbe nikuki abarundi batinya umuntu ababwiza ukuri ,aba ba Fizzo bari abaririnvyi bahambaye mais bishwe nabantu batababwiza ukuri ,nkivyo bintu vya Play Back birashaje !!!! nari kuraba ama video kuri youtube nsanga na concert face to face Fizzo yakoze ibujumbura be na LOLILO yose yari Play Back urunva rero niko kamenyere ka Fizzo ,nimba bitumwa nuko abamuha ibiraka atamahera baba bafise ,Fizzo nahindure ingendo aze aritaba ubutumire bumuhesha agaciro si non aragiye ndake!!!!no kuri scene hano Toronto yari yambaye nabi et pourtant nabonye kuri scene I BUJUMURA yari yambaye Costume nziza!!!!!

  21. Metu

    Fizo twaramwibagiye mu burundi ubu hari abandi bana bumutsa umuziki,ugashima nk uwo bensh basigay bavuga k ari we yasubiriy fizo. sat b, r flow , emery sun n aband so ntibitangaj kur jewe

  22. emery

    tubivuge tubisubire abarundi naba negativistes kubona batitabira ibiteramo vya benewabo kugira babatezimbere bakivugisha ivyama playback murabaza kigali niba kingiston yaragize live none sigihangange??dufatire exemple kuri benewacu baba congo bobo iyo bafise umushitsi wabo baramu supportinga bimwe biboneka fizzo karibu durban tuzokwakira neza apana nkavyabindi vyashikiye matata johannesburg bakananirwa no kuriha 120rand come on guys be proud to be burundian and lets support ours boys.cheers

  23. Rukina

    Biraboneka ko big fizzo yayabonye kuko iyo foto ntamashusho ariho kandi burya URURKURU KURU NIYO NKURU

    CHRISTOPHE MATATA yabuze abantu baza kumuraba hano i Johansbourg kubera invo za poilitike urabona ko ngaha south africa huzuye abanywanyi ba Upd zigamibanga aribo bo kwa Rajabu(mumbabarire iyi politike ntiyarikwiriye kuvugawa hano kuriyi forum )rero Matata yarasanzwe azwi ko asigaye ari umu nywanyi wa CNDD FDD kubera zirya ndirimbo zumugambwe yaririnvye fdd iri kwiyamamaza mumatora ,aha south africa abarundi baciye bamugirirra campagne mbi nico catumye habura abantu ,No muba congolais naho vyatanguye ubu aba musicien baja muri politique iyo basohotse hanze nke muza francais basigaye babatera amabuye aho kubakomera amashi!!!

  24. rule big

    ahubwo abo baponda nibaza ko no kuri concert battagiye mukubura ayo kuriha so vuga make bagenzi hama mukunde abaririmvyi banyu….big fizo et landy KOMERA ABAPONDA BAPONDE

  25. jojo

    vive Fizzo c la meilleur !!!!! et au diable tout les gnomes diaboliques qui la juge et ce qui m’énerve quand je vient sur ce site c qui ya toujour des cons pour la critiquer donc moi je suis grave contente de lui

  26. jojo

    vive Fizzo c le meilleur !!!!! et au diable tout les gnomes diaboliques qui le juge et ce qui m’énerve quand je vient sur ce site c qui ya toujour des cons pour la critiquer donc moi je suis grave contente de lui

  27. blaise

    birababaj kubona hakiri abarundi badashobora gutera intege umurundi nkabo ahubwo bakiha kumucritika.Imana yaremy abarundi bamw bamw yabahay umutima wo kwanka ivyiwabo!birababaj gerageza mwihanur mukundi ivyanyu nabanyu nta munyamahanga azobashimira ngo nuko mucritits cank mwanka ivyiwanyu ahubwo barabagaya kandi bakanabatwenga.kwuva umuririmvyi twes twemera nka Fizzo muvuga ngo ntazi kuririmba aho muba musuzuguj uburundi nabarundi twes.ISUBIBREKO MUKUNDE IGIHUGU CACU!!!!!!!!!!!!!!!!

  28. Bakame King

    @Charles, avec tout le respect naho ntakuzi you’re a hater! J’étais présent dans tous les concerts de Fariouz…il a cartonné, à Montréal surtout beaucoup de gens ont répondu à l’appel…hariho plus de 80personnes…reka kuba uvuga ivyo utazi!!! Abantu baranka umuntu bakavyerekana kabisa!! #Mtazamo

  29. rutozi

    Je pense que Petit Fizzo aurait besoin d’une pause, j’ai l’impression qu’il est entrain de saboter sa carrière alors qu’il avait tout pour réussir .

  30. Ray

    Bakame tout ce que tu viens de dire est vrai j’etais la aussi Fizzo yakoz ibintu bidasanzwe bimwe vyerekanye ko Canada twari dukumbuy ibirori nkabirya nkuko ubivuz Charles harico bapfa so …..

  31. Ray

    GOOD FOR U BRO EMERY CHEES abo namajalousie abuzuy mbega abarundi mubona tuzoronka gut amahoro tudakundana aho ngo yoba abakirany huuuuuuum si vous saviez!!!!!!

  32. Ray

    le GRAND FIZZO komera mutama IMANA IKONGERE IMIGISHA IBIHUMBI NIBIHUMBI NAYO IVYINZOGA ABATANYWA NTIBAGIR NUMUNTU NUMW MUMURYANGO ATANYWA NAKUBANZ IBUYE LOL. IBEREHO MUTAMA TURINYUMAS YAWE

  33. Ray

    RUTOZI alors s’il est entre de s’aboter kck tu fait pour lui aider?

  34. diamant noir

    NUKURI BIRATEYE ISONI KUBONA MWEBWE MURI MURI CANADA MUTUBWIRA AMAKURU AHUSHANIJE KUVYEREKEYE LANDRY NUKO BAMUHAYE AYO MAKURU SIYO YARI NOBIBUTSA KO ARI IBUJUMBURA KANDI RERO KUGIRA UTWEMEZE KO ARIYO WARI BIROROSHE TURABONA AMA PHOTO MENSHIIIIII MURAYATURONDERERA KUKO UWATANZE AYO MAKURU WE YARAGIZE ICO AFASHIJE TWEBWE ABARI BUJUMBURA KUMENYA NUKO YARONSE ABO 6O….80….ETC IGIKURU SUGUHARIRA KO ARUWAMBERE CANKE UWANYUMA GIKURU WEWE NKUMURUNDI WATEREREYE IKI? WAFASHIJE IKI FIZZO KUGIRA NAWE EJO AZOGARUKE NDASAVYE KO TWOZA TURAHEBA INGESO DUFISE YO KUGAYA IVYO TUTABONYE UMWANA IYATEVYE NTUGIRA UTI URAGAHORA URATEMBA AHUBWO UMUFATA UKUBOKO UTI KIRA JE RERO MBAYE UMUDARI WIVYATSI ABO BAMA BAFISE AKANTU KO KUGAYA NAHO MWOBA MUMWANKA KUJA KURABA UWIWAYU NIBAZA KO VYOMUHA INGOGA ZOGUKORA NUKURI IVYO NIBIGASUBIRE HAMA NDASHIMIYE EVRARD WE YAGIZE NAKO KIGORO AKATURUNGIKIRA IPHOTO ITWEREKA KO ARIHO YARARI UWOBONA KO ABESHE ARAGIRA NKUKO ATURUNGIKIRE AMASANAMU KUKO LANDRY MURUNDI YANDIKA IVYO ABWIWE YIBERA IWABO BUJUMBURA PEACE

  35. magufuri

    Hewe somma iyi conversation yuwo Evrard uvuga yagiranye nabagenzi biwe kuri page yiwe ya facebook ,uca ubona ko wenyene atishimiye play back za fizzo ,kandi ko atabantu bari bahari ,ubu arota ko kidumu yoza montreal kugira azimye umuriro !!!!Evrard si umu journaliste

    Mucowintore Boris Evrard
    Kidum ,Kibido , Kibuganizo Au Canada en Octobre pour les Concerts, turatewe iteka uyu mwaka.Peace And Love.
    J’aime • • Partager • Il y a 18 heures • Confidentialité :

    • Solangatar Jolie et 14 autres personnes aiment ça.

    o
    Cynthia Iteka Asha sans faute..be ready .Bless
    Il y a 18 heures • J’aime
    o
    Clara Ntungane uwo rero w ntawuzosiba ngira..uraduteguza kare turarindiriye date
    Il y a 18 heures • J’aime • 1 personne
    o
    Mucowintore Boris Evrard vuba ama infos murayaronka rasta yose peace
    Il y a 18 heures • J’aime • 1 personne
    o
    Lor Light numva ari bien
    Il y a 18 heures • J’aime • 1 personne
    o
    Mucowintore Boris Evrard en plus azoba ari concert Live nama insrtuments
    Il y a 18 heures • J’aime
    o
    Lor Light c vrai.jw mbwira les dates
    Il y a 18 heures • J’aime • 1 personne
    o
    Clara Ntungane goose numva w adafyina..c du bn vrt
    Il y a 18 heures • J’aime • 1 personne
    o
    Mucowintore Boris Evrard urumva kuri entrée ntakubanira namwe
    Il y a 18 heures • J’aime
    o
    Clara Ntungane hari uwahora abanira haha w uratubwira gusa vyose entree na date namasaha..baratwisemvye p
    Il y a 18 heures • J’aime
    o
    Lor Light nizere ko azoba ari nko muma le 10 gushika muma le 15 kugira nzoze!!
    Il y a 18 heures • J’aime
    o
    Mucowintore Boris Evrard il parrait k c le 29 et le 30 mais c pas encore confirme
    Il y a 18 heures • J’aime
    o
    Brenda Becy ha!!!!cel8 la je vais le raté vmt!!!c’est à montréal???
    Il y a 18 heures • J’aime • 1 personne
    o
    Olivier Mugisha muryoherwe kweli!!!!
    Il y a 15 heures • J’aime

  36. amélie

    Hahaaaaaaaaaaaaa!!!!
    Clara Ntungane ati: uwo rero w ntawuzosiba ngira..uraduteguza kare turarindiriye date
    Il y a 18 heures • J’aime • 1 personne

    Evrard ati:
    Mucowintore Boris Evrard en plus azoba ari concert Live nama insrtuments
    Il y a 18 heures • J’aime

  37. Yvette

    RANDY ABANTU MURI KWANDIKA AMA COMMENTAIRES NEGATIFS MURI GUFASHA PROMOTEUR WIYI SITE MR RANDY MUGISHA KUKO NAWE NYENE NIVYO YARI YARIPFUJE GUKORA , HAMA ARABIHEBA!!
    ARIKO BURYA RANDY ABONA KURE KUKO ABA MUSICIENS BABARUNDI BARAKWIRIYE UMUNTU AZA ARABANEGURA ABABWIZA UKURI ……..IVYO BIRI MUVYOTUMA UMUZIKI UTERA IMBERE
    VIVE VIVE VIVE RANDY MUGISHA IGIHANGANGE MUVYO KUMENYESHA AMAKURU
    HAVE A NCE DAY ALL
    YVETTE
    TORONTO-CITY

  38. diamant noir

    @magufuri! ndibaza ko atawudakunda concert live iraryoshe ! kuvy’ukuri ngomba ndababwire ikintu kimwe, nivyo yaragize playb muga je nibaza ko bivana n’uburyo kuberana turamuzi twebwe muri havana fizzo arabimenyereye naje vyukuri sinkunda playb . so kurivyo ndasavye kuri concert ziza ziba aho canada uwuhashitse ko yoza arungika utwo tu news kuri mail ya akeza nibaza kiri juste kuri accueil ya site so thx kandi kunkuru mutugeza ho @ yvette ndashima kuciyunviro cawe ariko ntiwibagire aho umuziki wa bujumbura uri nuko iyo ubaye contre y’umuntu agufata nkumwansi abaza uwuriwe mboneyeho nakaryo ko kubwira uwariwe wese ashaka kumenye uwo ndiwe ko ntinyegeza yonkura kuri facebook kwizina nandikako kuri akeza

  39. fabrice birori

    kimwe nemeza nuko big fizzo ashoboye ninayo mpamvu yatumweko nahacu kumushoboza nibazako hagezaho twokora dushaka guteza imber abiwacu naho tuziko atamwami yemegwa iwabo

Laisser un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée.