Chuma cha Chuma et Amir pro jouent au plus fort

Chuma cha Chuma et Amir pro jouent au plus fort

Les relations entre Amir Pro et Chuma cha Chuma se sont détériorées depuis  que ce dernier s’est mis en tête de faire emprisonner Amir Pro .Effectivement le producteur a passé tout l’après-midi (de 12h-18h) du jeudi  30 juin aux cachots du BSR (Bureau Spécial de Recherche,ndlr).

Le chanteur Chuma cha Chuma reproche à Amir Pro un retard criant de l’un de ses clip(février 2010).La goutte d’eau qui a fait

Chuma cha Chuma (www.akeza.net)

Chuma cha Chuma (www.akeza.net)

déborder la vase aurait été lorsque Chuma cha Chuma a reçu l’autorisation expresse d’Amir Pro d’appeler Fariaz BIG pour une chanson urgente .Lorsque Fariouz serait venu,Amir Pro aurait changé d’avis et la collaboration aurait foiré .Chuma cha Chuma qui dit avoir payé cher Fariouz n’aurait pas supporté qu’on lui manque de respect à ce point  et s’en serait remis aux officiers de la police.

Amir Pro (www.akeza.net)

Amir Pro (www.akeza.net)

Amir Pro nous a assuré qu’il ne doit rien à Chuma cha Chuma, qu’il ne  lui doit aucun clip, que Chuma cha Chuma n’avait pas encore payé Fariouz et que l’incident auquel Chuma cha Chuma fait référence n’a jamais eu lieu. Amir Pro dit que le chanteur a fait tout  cela pour se sentir important et  pouvoir se dire ‘’j’ai  fait emprisonner Amir Pro !’’.

Le producteur Amir Pro a mis les officiels de l’Amicale des Musiciens du Burundi sur le coup. Selon lui, l’Amicale aurait fait parvenir le cas au ministère de la Culture. De là devrait sortir un ordre contraignant Chuma cha  Chuma à ne plus sortir de chanson dans aucun studio du Burundi. Le même document devrait interdire le passage des chansons de Chuma cha Chuma dans tous les studios, radios  et boites de nuit du Burundi.

Chuma cha Chuma ne semble pas s’inquiéter pour autant. Il pense que le producteur dit cela juste pour l’intimider. En revanche, la décision d’Amir Pro est claire et irrévocable, Chuma cha Chuma n’a plus le droit d’enregistrer des chansons au studio de Amir Pro, MA PRODUCTION.

Landry MUGISHA

 

 

Comments

comments




25 thoughts on “Chuma cha Chuma et Amir pro jouent au plus fort

  1. Diamant noir

    Merci pour la decision de amical franchement il se prend pour qui le fric n acheter pas tout

  2. Jumbo

    Chuma cha chuma sohoye ingoma imwe yo kwivumisha nne aciye abona umenga yabaruse bose kweli! Ahubwo ntitze dusubire kwumva ingoma yiw pck yamaze kwibona

  3. matega

    jewe ndibaza ko Amir abesha,jewe nsanzwe ndi umuririmvyi kandi vyose ndabizi ivya Amir na Chuma cha cha chuma kuko Amir aramuheraniye Chuma kandi Amir asigaye afata abasani nabi

  4. matega

    kandi jewe ndibaza ko atoza arakanga abasani ngo yobarega ku bandi ba producteurs ndo ntibamukorere umuziki chuma,arihenda kuko ubu chuma ariko arakora album ku ma studio atandukanye.Amir arihenda kandi nareke kuza arafata abarirmvyi nabi.jewe nsanzwe ndi umuririmvyi,chuma cha chuma nta kosa na rimwe afise ikibi gusa nuko chuma yamufungishije amir

  5. matega

    Jewe ndibaza ko Amir yihenda.Ntiyoshobora kugarira CHUMA NGO ABURE STUDIO ASOHORERAMWO kuko aba producteurs bose bakeneye amahera;kandi Amir arafise kwankira chuma gusohorera kuri studio yiwe mugabo apana hose.kubwanje bose bafise amakosa kuko amir niwe yatumye Chuma adasohorana na Fizzo yongera amuheranira clip yo kuva muri 2009,Chuma nawe ikosa afise nuko yaciye aja kumufungisha Amir

  6. Rmadhani

    jEWE NDIBAZA MWIGIRA AMATOHOZA NEZA KUKO IKINTU CATUMYE CHUMA CHA CHUMA AFUNGISHA AMIR KIRAKOMEYE

  7. Rmadhani

    mbega wewe ko uvuga uko urazi icoba catumye Chuma cha chuma amufungisha AMIR PRO?wosanga naho ari Amir ari mwikosa? mureke sharobaro yivumire,kuki mwibaza komwotuma asubira inyima?erega ico Imana itateguye nta muntu yogitegura.peace!

  8. Aisha

    none kumengo mugomba kumuvugira Amir pro? erega wosanga naho ari Amir ari mwikosa naho?ahubwo ntitugombe guca urubanza mu guhengama,kuko ntituzi icatumye Chuma cha chuma afungisha AMIR.kuki mu mwanka chuma?

  9. Gentcy Weezy'bro

    Kubisanzwe mukugira tumenye neza inkuru y’imvaho n’uko ukwibintu vyifashe n’uko botumira Chuma Chuma na Amyl Pro bakagira Intervew barikumwe baki6gura tukamya mri abo babiri uwuri m8kosa.

  10. gadou

    akeza.net murakoze kudaha natwe tugire ico tuvuze,mbega gute Chuma cha Chuma ashobora kumufungisha Amiri Pro?nukuraba hariho ikintu,kandi iyo umuntu arinze yitura ubutungane nuko biba vyananiranye entre eux,kenshi abantu bakuru bama bakengera abantu batobato kandi bose baba bakeneraniranye,ahubwo iryo tegeko bashinze kubwanje sindaryemeye ahubwo ubutungane bugire ico bukora bumenye vyose,nibamureke chuma cha chuma yibereho,bamusubize utwiwe

  11. gadou

    ndagushigikiye GENTCY nibabikore uko kandi bibe en direct muri radio abantu babumvirize bose dushoboye bubabaza tukababaza ,niho twokwumva uwuri mwikosa,chuma sumusazi wokwadukanya ibintu nkivyo atacabaye

  12. Murundi

    Egeme ingonane zarabaye,kandi ngo ntazibana zidakomanye amahembe.Mbe iyo amicale des musiciens yiyumvira ko ari iki kubaririmvyi b’iburundi?!! Est-ce que uyo chuma cha chuma yoba ari adhere muri iyo association? Association kumbure noba ntatahura ico isigura,kuko simbona uko association yofata ingingo k’umuntu uwariwe wese ngo nuko ari umuririmvyi.Vyoba vyiza iyo iyo association yohindura uko yigenza kubaririmvyi b’iburundi.Abaririmvyi bari bakwiriye kuraba uko bokwiyegeranya muma association atandukanye kugira ngo haveyo ivyiyimviro vyinshi n’imigambi myinshi, si non ninkabimwe vy’umugambwe umwe uca usanga abatera imbere ari bamwe gusa.

    Murantunga nimba navuze nabi.

  13. gadou

    mbe ko iyo ngingo ko yafashwe kandi nguma numva imiziki ya Chuma Cha Chuma iguma ivuga muri radio,sindabitegera,umengo harimwo amahinyu,canke nivyo Amiri Pro yapfuye kwivugira??????????????????????

  14. himidy

    je nibazaka yuko amiri pro na amical du burundi bomusaba ikigonge cuma ca cuma kuko ndi sure ko aribo bari mumakosa.je nari present igihe ca turnage yiyo clip nigihe amuha amiri pro amahera.

  15. himidy

    ivyo vyo kumwugarira cuma gusohora indirimbo barihenda kuko bose bakeneye amahera.iyo nindoto ya faraon

  16. omi jay

    kusema kweli ki upande wangu amiri pro na chuma cha chuma wote wanakosa,maana haiwezekani chuma amufungishe amir hivo hivo;na inaonekana kuna kitu kikubwa wanachokufa lakini wanakificha.sio kusema eti chuma tu ndie anakosa tu,mi naona kosa kubwa ni amir, hayo ni maoni yangu, ^^call me Omi jay!!! What’s up!!!

  17. kagabo

    Simbona uko nobivuga ariko nibaza ko twebwe harya ntaco tuzi ico bapfuye nibaza ahubwo Landry yanditse iyi nkuru yarakwiye kudutohoreza akabaza umwe umwe ukwiwe interview ikwiye nyene tukabaza tukabumva ikibavamwo hanyuma babaze nabari hafi yabo bose nukuvuga abagenzi babo bose ndazi ukuri kuzomenyeka hanyuma aba fan’s tureke ku kuvuga ivyo tutazi.

  18. Rene

    nukuri amajambo Cedric Bangui yavugiye kuri REMA FM sayo kuvuga umuntu wumuririmvyi. Cedric ati » CHUMA CA CHUMA SIYO MSANI, HAJUWI KUIMBA » none Cedric wewe wavutse uzi kuririmba none, j s8 sur ko utabivukanye. Ati ikiganiro ca DJ Shanti Hakifai none uno musi niho ubonye ko ico kiganiro ko atakamaro, j s8 2zolé.Cedric niwisubireko kurayo majambo wavuze nawe nyene azomenya kuririmba nkuko nawe wabimenye.

    kugira umuntu amenye ukuri gutomoye nuko umuntu yohamagara Amir Pro na Chuma ca Chuma barihamye akababaza nayahandi ho umuntu aza avuga ukwiw ntawumenya uwuvuga ukuri uwariw

    ok merci na wasanii mpendane ntaco mupfa muri bene mugabo umwe

    big up sana na wewe Dj Shanti

  19. huston

    ahubwo Cédrick Bangy ni ikijuju kuko nta kuntu umugabo wivyanwa nka birya yoshobora kuvugira ibintu nka birya kw’iradiyo.Kandi ribaye irigira kabiri abigira,yarigeze nokubivugira no kuri C.C.I.B igihe hariko hagira ikiganiro Landry na Sat.B.Ahubwo Bangy nizina riramuranga ,avuta amabangi.Womengo ni umugore.Mbe ko avuga ko Chuma Cha Chuma atari umusani kandi ngo ntazi kuririmba,ubu ntazi ko chuma amurusha icata?Biboneka ko Bangy ariko aripendekeza kwa Amir kuko numva ngo asohora imiziki kuri gusa.Mbe yibaza ko ikintu Chuma cha chuma amaze gukora ,we arakigira?ubu irya ndirimbo chuma yafashe abasani benshi bakamuririmba,nta muntu numwe ndumva yabigize.Chuma arakomeye ,kandi umwana yankwa niwe akura!!!!!!!!!!!!!nibaturekere umu super star wacu CHUMA CHA CHUMA

  20. kagabo

    Vya rweri muvuga ukuri Cedric Bangui yarubahutse aravuga mugenzi w w’umuririvyi rwatazi kuririmba kandi akabivugira kw iradio ntavyonemeye neza ngiye kubibaza. Namba naho yarabivuze nomutangara cane gose

  21. Hervé Gontran

    ivyo vyose bizohera mureke kuvuga menshi.Amir naterimbere,Chuma nawe nyene aterimbere ariko ivyo bizoshika aruko bose bahanye umwanya bakumvirizana hama abandi natwe tukagra ico tubivuzeko.

Laisser un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée.