ABANA BUBU NTA KAZOZA…..

ABANA BUBU NTA KAZOZA…..
Twenga Style

Twenga Style

Abagabo babiri Mr. Azu na Mr. oko, bariko baraharira kuvyerekeye abana babo. Mr. Azu ati umuhungu wanj n’igitangaza m’ubujuju, asumba kure niyo uwaw. Mr. Oko naw ati ishwi ahubwo gwanj n’uwambwere, kom batumvikanye bati reka tubahamagare tubirabire kuri terrain, hahahah! .

Mr. Azu ahamagara umuhungu w ati genda kwisoko ungurire ikibiriti. Umusore utanka acarakerebuka aragenda. Mr. Azu ati, « wabonye ukuntu ari ikigugu, ntanamahera yansavye ». Hahahahhah, birakomeye!

Mr. Oko naw ati sigaho sigaho, ivyo nivyo wita ubujuju, ati reka mpamagare gwanje wirabire akamaramaza! Nuko aramuhamagara amubwira ati: »Genda muhira urabe ko ariho ndi! » Umuhungu utanka agenda ariruka n’ubukerebutsi bwinshi hanyuma agaruka ahezagirika ati: « Papa, nturi muhira, mama ambwiye ko uri muhira kwa mugenzaw!

 

=================================================================================================================

 

Ndabasavye mufashe uyu mwigisha.umwigisha abaze nkuko bisanzwe ngo mwaba 4:2=? Umwana wambere se wiwe wumu mathematicien ati ni 2.umwigisha ati nivyo très bien,ivyo biharuro bavyigisha mukirundi,uwundi mwana yari muriryo shuri muga se wiwe arumu politicien ati sivyo mwigi.umwigisha nawe ngo none kubwawe nibingahe?ico?kiroroshe ni 8 ati ivyo we ubikuyehe?ati none ufashe umugambwe ukawugabura kubiri uronka ingahe(nyakuri nirigi rya gahutu)?sibiri?iyo none ibaye 4 ukaza uragaburamwo 2 ntuca uronka 8?fasha uwo mwigisha nukuri arakariwe…….
========================================================================================================================================
Umwana wabahungu nagiye numva yidoga ati jewe kera naranka kuja mumisi mikuru yubugeni kuko misi yose twicaranye na nyokuru yaca ankubita mumugongo abageni barenganye atiii ntugire ikibazo mwuzukuru wanje abakobwa ni benshiiii hirya ya hirya yejooo azoba ari wewe uzatahana umukweeeh muga rero ako kantu karamugumyeko gushika nahooo nawe kugira yikure ishavu yaramaze abgira nyokuru wiwe bagiye kumaziko atiii ihangane nyokuru hirya ya hirya yejo niwewe uzoba uramukiweeeeee…..abuzukuruuuu nkabo sibooo…barakara cane….
===================================================================================================================
Ni hataru ndababwiye.. abajama babiri bunvikany bati reka dutangur kurungikirana utu msg na pigeon(ingora zama unit ni bala). baca bararondera agapigeon kifresheur bakaronse umwe akandika kugapapuro ukamesag agaca agashira kurako ga pigeon. aga pigeon nago kagaca kaguruka gushika kuruwo wundi mu jama agasoma msg.. umusumw jama aca arungika ya pigeon.. ishits uwo wundi mujama asanga nta ga papuro kariko.. aca aramuterefona ati: makijujuw warungts msg vide.. uwo wundi nawe ati : ahubwo niw urikijuju iyo ni veyez mapl…..
==================================================================================================================
Umve basha uyumujama tubana arambabaje sana sinzi ko mutwenga nuko mushishwa.imisi yose yakabaye yiga ngo bahora barya umu bread utose bakabura igituma kandi batumye umukozi kuwugura akanyaruka sana kandi i boutik ayiguriramwo irikure. umunsi umwe baramubaza ati we gaspa ko wama uzana umu bread utose misi yose nukubera uwuzana utakaravye ugifise amazi muntoke canke? urabona nukwubaha kwabo ati erega boss je kubera nzi kwiruka nkongera nka banguka »NCA MFATA NKAWUSHIRA MUKWAHA NKACA MFATA IBARABARA NKA KAZAMYAMPI UMUNOTA SINDEZA; NGIRA NICO GITUMA UTOSE MUGA BOSS NDANYARUKA HARI NARIMWE NDABACEREZA? » ari hamwe uyo mukozi aruwanyu nimisi mumaze murya iyo mi bread mwovyifatamwo gute? 

 =================================================================================================================
hahahahah umwana yagiy kuri Bata kugura i fone sasa urazi namy ibintu vyama option ko bigoy ntavyo yaramenyerey sasa misi yos 6h du mat hama hakubita i song sama yibaza ko ari umuntu amufona hama agaca akuba uwo mu jo man umunsi umw arinamura aja muri Leo gutera alert yindani ati jw misi yos hari umuntu yama angora avyura niryamiy ngiy kumwitaba agaca akupa ati ndabasavy mumundabire mumufute kukoarangora bikwiy nitorey agatiro muri Leo umukobwa yakora kuri acceuil ngira yarahats nokurya amakofi aca amubaza ati nn uyo muntu iyo agufony ku fone hafisha gut….wamu jo aca arinamura ati jw iyo anterefony ngiy kwitaba aca akupa la meuf naw aguma y’insista ati nn yitwa nde wa mu jo ati iyo anterefony jw mpora mbona handits ALARME…..
Bon week end a tout les membres de TWENGA et AKEZA Muga ejo mugitondo ALARM niya telefona ntimuzomwitabe….
By Raymond Duk…. »Twenga Style »



One thought on “ABANA BUBU NTA KAZOZA…..

  1. Narcisse

    Abana b’ubu twavutse mu gihe kigoye isi yashaje na kazoza karagoye ubu

Laisser un commentaire