Musique : Sept nominations burundaises aux EMA

Les nominations pour  l’East Africa Music Award sont tombées.  six chanteurs burundais sont nominés : Kidum (avec 2 nominations) , Alfred et Bernard alias Nkundabantu , Francis Muhire , Emelance Emmy, Cédric Bangy et Willy Uwizeye .

Photo de famille de tous les participants à la conférence de presse (www.akeza.net)

Photo de famille de tous les participants à la conférence de presse (www.akeza.net)

Comme on peut le remarquer, le Burundi s’est le plus illustré par des  nominations qui ont trait à la culture. Maisha Mustafa, représentant le Burundi dans le jury des EMA a tenu une conférence de presse où  étaient présent les journalistes de nombreux media, ainsi   tous les nominés à l’exception de Willy actuellement aux Etats-Unis. Dans cette conférence qui a eu lieu au studio de Buddy (qui sera le second juré burundais dans les EMA), Maisha a répondu à toutes les questions des chanteurs, producteurs et journalistes. Nombreux étaient ceux qui étaient désireux de savoir comment certains grands noms de la musique burundaise n’ont pas de nominations. On peut citer Steven Sogo, Peace and Love, Lion Story …Pour répondre à cette question, Maisha procédé par des exemples : Koffi Olomide n’a pas eu de nomination (parait-il que sa chanson était trop longue).  Chameleone de l’Ouganda n’a pas de nomination, Weasel et Radio ne sont nominé qu’une fois (avec le bon vieux Nakudata ), Professor Jay et A Y de la Tanzanie n’ont rien . Nameless, Jua Kali, Redsun du Kenya non plus.

Pour nos jeunes chanteurs tels  Etoile du Centre, Yoya , Sat B, R Flo , Fariouz , la qualité du son de leurs chansons a eu du mal à

Maisha au cours de la conférence de presse ( www.akeza.net )

Maisha au cours de la conférence de presse ( www.akeza.net )

rivaliser avec celle des chansons des autres pays en compétition. Le même cas s’est observé avec les clips vidéo : impossible de rivaliser avec les produits  d’Ogopa DJ !

Selon Maisha, représentant du Burundi dans le jury des EMA,  le choix n’a pas été facile. Parfois la tension atteignait un niveau explosif. Toutefois, ce jury était composée rien que par des professionnels de la musique et Maisha avoue répondre du dévouement des jurés  et de la neutralité des  résultats.

Landry MUGISHA

Cet article a été posté Le Mercredi, mer 07 2011 à18 h 24 mindans la rubrique Actualité, Musique. Vous pouvez suivre les commentaires RSS 2.0 feed. Commentaires et Pings interdits, :-D.

29 Commentaires to “Musique : Sept nominations burundaises aux EMA”

  1. mariam Says:

    ubundi ba BIG FIZZO NTAMIZIKI BASHOBOYE ,IMIZIKI YABO NI FACK

  2. Murundi Says:

    Mubarundi batabaye nomine nabo gusa tubona mwandise canke namazina amwe amwe mwoba mwashimye gushikiriza?Et pourtant turazi nk’akarorero aba konangwe style ko nabo boba baratanze akaririmbo kabo (ENDA MWIRIWE)ariko mutigeze mubashiramwo!!!!Hama kucerekeranye na qualite y’ama studio vraiment barakwiye guhindura equipement canke bugare kuko ntakuntu woja muma competitions avec la qualite pareil ngo wizere kuba nomine.

  3. Nahi Says:

    Hari ikintu bibagiye. kugira ngo umuntu abe muri competition yategerezwa kudeposa cd yiwe. none wibaza ko Fizzo yoba yaragiye kudeposa cd yiwe??? je ne crois pas. raba abo bantu bose babaye nome benshi murui buja flava btibazwi abandi bavugwa kake. so abaririnvyi babarundi baramaze kuba deçu nama competition kuburyo bumvise ama competion batayitabira kuko kenshi usanga baba bariko barata umwanya wabo. raba exemple ya Pam award canke talent show y umwaka uheze….

  4. Nahi Says:

    ha ha ha ha nibaza ko umuntu yanditse iyi nkuru atatohoje neza. kuko ubu baracari muri premier étape babanje gutora les meilleurs par pays. urumva mu burundi les meilleurs nabo. usomye kuri http://www.inyarwanda.com uca ubitahura neza. please next time mugerageze kuza muratohoza neza imbere yokuduha inkuru….

  5. Nahi Says:

    Hayyy!!
    nibaza ko umuntu yanditse iyi nkuru atatohoje neza. kuko ubu baracari muri premier étape babanje gutora les meilleurs par pays. urumva mu burundi les meilleurs nabo. usomye kuri http://www.inyarwanda.com uca ubitahura neza. please next time mugerageze kuza muratohoza neza imbere yokuduha inkuru….

  6. Murundi Says:

    Parait-il que hari naba tanze ama cd yabo akaba elimine mu Burundi (ntarungikwe muri Kenya)kubera egoisme nakamwana wa mama,amabi akoregwa muburundi namayobera.Ikindi naco cerekeye ivyo vya ma qualite yashize imbere,sinibaza ko irya ndirimbo ya Cedric Bangy yoba yashoboye kuruta qualite zirya zabo bomuri Kenya na Tanzanie mutubwiye batashoboye kuba nome,nimba bashize imbere la qualite z’indirimbo!!

  7. Nahi Says:

    ja kuri http://www.inyarwanda.com uca utahura neza . ubu bari muri 1 etape aho baravye chaque pays à part . mu rwanda batoye 7, mu burundi 7…. urumva ko bataratangura competion nayo…

  8. Murundi Says:

    Merci Nahe,wewe ubivuze neza,kuko nkuko mpejeje kubivuga barya tubona nabo abobiyitira ko baserukira uburundi mu muziki bipfuza ko boba nome.Nosaba ko abaririmvyi boba bazi ko batanze indirimbo zabo botohoza neza bazosanga zirundaniye aho nye kuri uyo mu Budi zitigeze zirenga imbibe.

  9. Mutimawimpfizi Says:

    Basha ivyo mu Burundi bwacu biratwenza kweri. None je ko nzi mukuja muri iyo compétition wabanza ku déposant cd hanyuma nkaba nzi ko abatanze ayo ma cd muri barya dukunda kandi babizi ntibazitanze simbona babavugiye. Hariho nanandi benshi batanze ama cd ariko batabatanze bishiriramwo abo bashatse. Abarundi ntitwapfiriye muri politique gusa ni hose. Dukwiye amasengesho.

  10. Murundi Says:

    Urakoze Mutimawimpfizi,nkuko navyandise aho hejuru,nibenshi jewe nzi bazitanze kuri uyo Budi (uwishinze kwakira ama dociers y’abarundi mais ari controler par Amical des musiciens benshi babazi mukwironderera inyungu zabo )ariko zitigeze zisohoka munzu kwa Budi,ibi ndabivuze kuko hari uwashoboye kugira des contacts muri Kenya agasanga docier yiwe itigeze itangwa muri Kenya kandi yari yayitanze avant le 17/06/2011, date limite yo kuzitanga!!!! Abantu nkabo ntakuntu boteza imbere abaririmvyi bacu canke umuziki wacu mugihe batareka ama dociers y’abandi ngo aje gu participa.Birababaje kandi biteye agahinda.

  11. murundi Says:

    Jewe ndabumva, worungika gute ama cd yabantu bose badepoje. uburundi burungitse yose urwanda gutyonyene, congo, tanz,ug…. mwibaza ku jury yo muri kenya vyoyifata umwanya ungana gute???? Muburundi nta studio nziza zihari, ikintu conyene dufise n’akaranga ibindi ngo ba fizzo,na Sat-b nukuryohera amatwi yacu. iyukenye nukuvyemera hama séléction nayo ibera muburundi ndayishigikiye kugira indirimbo ziserukira uburundi zibe izidushimisha twokwishimira bishobotse zituranga. tout simplement il faut exploiter la culture c’est notre avantage comparatif

  12. Murundi Says:

    Ndagushimiye cane mazina wanje,iciyumviro cawe cari ciza ariko ico utotahura nuko iyo selection wumva yo mu Burundi atari uko uyiyumvira.Kandi na regle za competition ntizi permeta umu receptionel gu selectiona abaririmvyi batanze indirimbo zabo.Mubisanzwe vyari biteganye ko umuririmvyi wese yoshobora kuzitanga kuri agence ya Kenya Airways canke akazirungika kuri Golden Dreams muri Kenya (les organisateurs)ivyo vyagiye guhinduka kugira ngo ba faciliter abaririmvyi,kandi hari naho nasomye bavukaga ko hari n’ibihangange bitashoboye gutogwa hagatogwa abo public itarizi,kuri ico nyene bari gushobora kureka uwiyumva wese akagerayo kumbure adatowe akaboneraho kwongeramwo inguvu kugira ngo akosore aho bitagenzeneza.

  13. Nahi Says:

    none nimba studio ziburundi qualite atari nziza…izo zatowe bazisohoreye he?? cedric Bangui yayisohoreye he?? canke Francis Muhire yayiosohoreye he?? canke izo za willy??? mba wibaza ko abanyarwanda baturusha la qualité??? iyo bapfa kuzitanga hama aba kenya bakimenyera izo batora. mbe hari studio yo muri Africa ihanitse caaaane ibaho???? sinibaza. … so Murundi ntushigikire amakosa .. ne sois pas l’
    avocat du diable….

  14. Murundi Says:

    Bite Nahi,nibaza ko woba utantahuyeneza :

    (Ndagushimiye cane mazina wanje,iciyumviro cawe cari ciza ariko ico utotahura nuko iyo selection wumva yo mu Burundi atari uko uyiyumvira.Kandi na regle za competition ntizi permeta umu receptionel gu selectiona abaririmvyi batanze indirimbo zabo.Mubisanzwe vyari biteganye ko umuririmvyi wese yoshobora kuzitanga kuri agence ya Kenya Airways canke akazirungika kuri Golden Dreams muri Kenya (les organisateurs)ivyo vyagiye guhinduka kugira ngo ba faciliter abaririmvyi,kandi hari naho nasomye bavukaga ko hari n’ibihangange bitashoboye gutogwa hagatogwa abo public itarizi,kuri ico nyene bari gushobora kureka uwiyumva wese akagerayo kumbure adatowe akaboneraho kwongeramwo inguvu kugira ngo akosore aho bitagenzeneza)

    Sinigeze nshigikira ko atama Studios de qualite dufise mu Burundi,nashigikiye iciyumviro cuko iyaba ariyo regle ya competition yo gu selectiona abaririmvyi a partir y’iwabo,cari kuba ari iciyumviro ciza.Kandi ico nzi neza ,kuko ndi umuntu akurikirana ivy’umuziki hafi,la qualite y’umuziki ntigigwa na Studio gusa ,n’ubumenyi bw’umu producteur n’umu arrangeur bufise akamaro kanini k’umuziki.

  15. karume Says:

    1 seule f3 turonse chance yo kuja mu bindi bihugu tukagira ico twimariye bazotwishimira ngo urya n umurundi so inshallah tuzobihakana!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!

  16. murundi Says:

    hey Mazina wewe tuzohava dupfa izina kubera ndakamaranye imisi kandi ndagakunda.
    sinon ivy’umuziki mumbabarirere la qualité y’umuziki w’uburundi est médiocre, ukwiye kuraba ama studio b’enregistriramwo ba koffi canke urabe iya R-Kay muri kenya uzoca utahura ko muburundi tuvuza indonongo abandi bageze kugitari( ngira ni budget yuburundi). umuziki n’ubutunzi birajana, uburundi burakenye kuburyo budashobora guhiganwa nibihugu nka kenya mbere n’urwanda ” raba video za Showface”.
    kuzatowe nazo mazina jewe ntaco nagayemwo kandi ntagitangaza mbona kirimwo, kidumu top, A&B na EMMY style unique, Gospel je deteste ntaco ndayivugako 7 nominations coe le rwanda il faudrait plutôt être heureux.

    Abarundi biratugora kwemera ko twatsinzwe kuburyo bishobora no gushika ko abatora banyegeza amategeko amwamwe kugira barabe ko vyogenda neza. sindiko ndabavugira muga ndiko ndondera izindi nyishu mbona bamwebamwe badashaka kubona

  17. murundi Says:

    akabazo kanyuma, Kubera iki mutaryohewe n’izatowe???

  18. Murundi Says:

    Ntagitangaje kubona duhuriye kukazina kamwe,kanatsinda turabarundi bompi.Icerekeranye nabatowe,sinigeze ngaya nagato kuko nabo bazoserukira twese abarundi.Kuvyerekeye ama Studios yo mu Burundi twese turazi ko menshi agayise,akarorero ahasohorewe Seigneur ya Cedric Bangy (M.A. Production)wosimbira yo ukaraba uko iyo Studio yifashe,uzoca utahura ko icitwazo ca qualite kitarico namba.Ico jewe nagaye nuko hari uwatanze indirimbo yiwe ntitagwe muri Kenya nawe urumva bitabereye.

  19. Murundi Says:

    Karume,ntibiguce intege ivyo turabimenyereye vyo muri Amical n’ahandi.Komeza urabi imbere kumwe mpora ndabikwibitsa.

  20. murundi Says:

    http://www.youtube.com/watch?v=KwrdbsJoKrE sans doute le meilleur d bdi

    http://niaje.com/no-beef-on-kidumjaydee-song-affirms-hermy-b-and-r-kay/ iyo muri tanzania

    http://www.youtube.com/watch?v=taQ_p5XvKzY&feature=related iya werasson

    raba gusa table ya mixage, uce wibaza valeur yazo par rapport yiya Amiri. Sugutuka amiri, akora ivyashoboye muburyo bwiwe n’agahembo kavamwo. uravye amahera ari murayo ma studio sikubera ubwiza gusa, igituma farious atandirimbo nimwe yafatiye iburaya nakarorero.

  21. Nahi Says:

    hayy Murundi!! iyo msg nari nishuye majina wawe. si ww!!!!

  22. Nahi Says:

    hay Murundi 1 na 2 , murazoshirako murundi 1 hamwe na murundi 2 kugirango bitworohere kubatandukanya.

  23. Murundi Says:

    Naco ni iciyumviro ciza.Ariko muravye neza murabona ko hari uwutanguje urudome rukuru na ruto .Kandi naziga ko izina nya zina ryama ritanguzwa n’urudome rukuru.Thanks Man.

  24. murundi Says:

    hahaha raba neza mushasha uwariw

  25. Murundi Says:

    Si question y’ubushasha,kandi ntitubipfe kuko je sije naryiyise ivyo vyobazwa abavyeyi barimpaye kanatsinda na basokuru na basokuruza bamye bitwa Murundi.Guhuriza kuzina rimwe sivya jewe naawe vyama vyabaye. Urumva twoba dupfuye ubusa biduteranije.Eh uraraba neza twoba turi umuryango umwe kuko abarundi ntakidutandukanya.Peace Man.

  26. Alex Doggfather Says:

    Ndibaza mwese mwatanze ivyiyumviro hari ikintu mushobora kumenya kirazira kwigereranya n’uwundi.
    umuziki ubwambere nubuhinga bw ‘umurimvyi hama ama qualite nayo aza hanyuma muze musubiza amaso inyuma mugihe caba Cacho Amissi na nikiza david ,Matata ciza Ngabo. Bahaga. abandi beshi murazi studio yari yo kuri radio y’igihugu ariko imiziki yabo irafise aka novera ndibaza abatoye canke abarungitse selection mumenye abarundi twarahengamye ndusigaye tugenda dukebanye hama shaka mpanure abantu mwaditse.Uburundi buzokwa ari Uburundi ntaho buzohinduka urwanda ngo nuko rubaye paradise namba.

  27. murundi murundi Says:

    ok aho nije ntegerezwa kurihindura

+ Selection d'articles...

Baketball : le championnat zone 5 bat son plein Publié le 09 août 2013

AKEZA MUSIC Awards, les votants se bousculent. Ici les Records, les Tops et les Flops de cette semaine Publié le 29 août 2011

Christophe NDUWARUGIRA alias Lucio sacré meilleur joueur de l’année 2013 Publié le 01 oct 2013

Zep Mugisha : Un costume à 6000 USD Publié le 15 juil 2012

Le stress et les études : un combat permanent Publié le 13 juil 2012

L’Agence Esther présente le Burundi Fashion Night le 7 décembre Publié le 23 nov 2012

Bigendako Bernard : 45 ans d’une fabuleuse carrière dans la sculpture… Publié le 22 oct 2013